BIG FIZZO NDARABANDANYACONCERT MUGISARA BRUXELLES
BIG FIZZO BURUNDIANO ARABANDANYA GUTERAMISHA ABAKUNZI B'UMUZIKI MUBURUNDI BARI MUGISAGARA ca BRUXELLES KIRI MUGIHUGU ca BELGIQUE.
Umuririmvyi BIG FIZZO arabandanya guteramisha abakunzi b'umuziki w'iBURUNDI bari mugisagara ca BRUXELLES mugiteramo kidasazwe aho amenyesha abafans biwe bari ngaho muri BRUXELLES mwitegure agiye kubashikira mukubateramisha mu miziki nka : BAJOU , WHAT'S MY NAME , YAHAYA , NDAKUMISINZE n'izindi nyishi.
UKO IGITERAMO GITEGUWE: "" Igiteramo kizotangura kw'itariki 10 RUSAMA 2014 KU MUNSI WA GATANDATU. , Kwinjira azoba ari 10 EUROS kikazotangura igihe c'isaha umunani ( 14h00' PM ).
IKIBANZA KIZOBERAMWO ICO GITERAMO NI KURI : "" SPAGO NIGHT CLUB.
NKUKO MUBIMENYEREYE KENSHI IYO UMURIRIMVYI BIG FIZZO AFISE IBITERAMO HANZE Y'IGIHUGU C'U BURUNDI , UWUBA ARI KUBUHINGA BWIVYUMA AZA ARASHIRAMWO IMIZIKI Y'UMURIRIMVYI BIG FIZZO azwi kw'iziana rya DJ CHENTO nawe nyene azoba ari ngaho muri BRUXELLES eka hazoba hariho n'uwundi yitwa DJ SAIDO.
BAKUNZI B'UMUZIKI MURI BRUXELLES KAZE MURI BENSHI KWIRABIRA UKO BIZOBA BIRYOHE CANE GOSE AHO UMURIRIMVYI BIG FIZZO BURUNDIANO AZOBATERAMISHA NKUKO YAMA ABIKORA , BURATEGURA AGASHATI NA GAPANTARO HAKIRIKARE UZIGORORE NTUZOTANGWE.