ABARUNDI BABA OTTAWA BATEGUYE IGITERAMO :" IMVURA&qu...
ABARIRIMVYI BABARUNDI BASANZWE BABA MUGIHUGU ca CANADA mugisagara citwa OTTAWA bateguye igiteramo ncogufasha abarundi bene wabo babuze ababo n'ivyabo muri ya mvura yagwa igenekerezo rya 9 NTWARANTE 2014 .
Kw'injira azoba ari amadorare cumi y'amaCANADA : 10$ CANADIAN .
KIKAZOTANGURA IGIHE C'ISAHA CUMI N' INDWI Z'UMUGOROBA ZUZUYE ,HAMA GIHERE IGIHE C'ISAHA INDWI Z''IJORO ZUZUYE . ADDRESS YAHO IGITERAMO KIZOBERA UKUNTU YITWA KUGIRA UZOSHOBORA KUGENDA MU IGITERAMO NAZOTAKARE KUKO NGO OTTAWA NINI CANE GOSE : 334 AVENUE CYR
OTTAWA ( VANIER ).
ABARIRIMVYI HAMWE N'ABATAMBA IMICO YANGARANGA KU BURUNDI . AMAVUZA INGOMA BENSHI BAKUNZE KWITA ABATIMBO NABONYENE BAZOBA BARIMWO MUGUTERAMISHA ICO GITERAMO.
AMAZINA Y'ABARIRIMVYI HAMWE NABAZOTAMBA , ABAVUZA INGOMA KUR'UWO MUNSI W'IGITERAMO NCOKUZOFASHA BENE BACU BABARUNDI BABUZE N'IVYABO
====================================================================
KIJANYA , ISHAKA, AFRICA NOVA, REMESHA CLRUMS. MURYA, SHADIA, GODE, FRATENITE-JENUESSE-LUMIERE, MCMELLO , DJ JUMA , LOYAL KIGABIRO , WILLY UWERA.
Aba bose baramesha abarundi basanzwe baba ngaho muri OTTAWA koboza kubwinshi mwukwifatanya nabo kur'uwo munsi w'igiteramo ncokuzofasha abarundi babazuze ivyabo n'ababo.
BAKAMENYESHA KANDI KO HAZOBA ARIHO IVYOMBWA VYOKUNWA BIKAZOGURISHWA KUGICIRO CIZA KUKO BAZOBA BAGABANIJE AMARANGA BASANZWE BAGURA NGAHO MURI OTTAWA mukugura ibinyombwa.
twobamenyesha y'uko uwo mugambi wateguye n'ishiramwe ry'abarundi rikorera ngaho muri OTTAWA rinzwi kw'izina rya LES BURUNDAIS D'OTTAWA GATINEAU .