AIME.M NTAHONAGIYE ABARI BAZIKI SINZOTERA IMBERE
UMURIRIMVYI AIME.M BENSHI MUSANZWE MUZIKI MU MUZIKI WITWA LOVE NYOKA , UBU AKABA AFISE UMUZIKI MUSHASHA AVUGA Y'UKO URI KUMUGARAGARO UKABA WITWA :" NTAHONAGIYE ! ""
AIME.M YARASHOBOYE KUGANIRA URUBUGA RWACU ASOBANURA IGITUMA UMUZIKI NTAHONAGIYE ! AWITA UKO.
-------------------------------------
AIME.M ati :"" Mubisanzwe maze imwaka 8 nkora imiziki. hama, mubari abafana nkitangura bamwe bibaza ko vyarivyo gukina, abandi nabo ntabwo biyumvamwo ko harico bomfasha kugera ngo nshobore gutera imbere kubera babona aba bandi baririmvyi nivyabo bakibaza ko turi kumurongo umwe , Idea yanje aho nzohoye LOVE NYOKO, hari aho naja bakambarira ko nje nabi uyu mwaka, bamwe nabo bakandaba nabi nkaho irya ariyo ndirimbo yambere canke yonyene mfise.
so aho ntakoze iy' indirimbo ibavuga canke ibagaya, nahitsemwo gukora iyi ivuga muri make ko iyi atariyo ntango yanje canke impera mugabo ko imbere yaho ndi ubu naho ndiko ndaja harimwo vyinshi.
MUKUNZI W'UMUZIKI MUBURUNDI UKABA USHAKA KUMVIRIZAUMUZIKI NTAHONAGIYE . RABA NGAHO HEJURU AHANDITSE WHATCH BURUNDI MUSIC VIDEO UCE URONDERA MU MASANAMU UZA KUBONA URABONA UMUZIKI NTAHONAGIYE.