Friday, 2025-01-10, 11:03 AM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
My photos [240]
This section contains my personal photos.
My family [5]
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 NEWS BURUNDI ARTISTS 
Main » Photo album » My photos » AIME MWAHORA MWUMVA ARAJE MU BURUNDI NA SHOW 5 !

AIME MWAHORA MWUMVA ARAJE MU BURUNDI NA SHOW 5 !

Munyuma yaho umuririmvyi AIME M. amaze imyaka myinshi cane gose adahonyoje ibirenge mugihugu ca mwibarutse ari co uburundi bwacu, ubu ariko aratunganya urugendo rudasanzwe ruzomukura mugihugu ca AMERICA iyo asanzwe aba rukazomuzana mugihugu ca mwibarutse uburundi akazofata indege itariki 10 MYANDAGARO 2014

AIME M. avuga yuko abakunzi mwese b'umuziki w'uburundi muri mu ntara zitandukanye z'uburundi mwitegure araje kubateramisha mubiteramo bitandukanye azokorera muntara zitandukanye z'igihugu c'uburundi bwacu.

Umuririmvyi AIME M. akazotangura guteramisha abakunzi b'umuziki mu Burundi bari m ntara ya NGOZI hakazoba ari itariki 16/08/2014 igiteramo kikazobera ahitwa kuri BELVEDERE ,bukeye bwaho azoba ari muntara ya MUYINGA guteramisha abanyaMUYINGA itariki 17/08/2014 mukuzobaryohera birenze mugiteramo yabateguriye, hama kw'itariki 23/08/2014 aramenyesha abakunzi b'umuziki mu Burundi baba muri COMMUNE RUMONGE asanzwe avukamwo ko abo nyene azoba yabashwayemwo mukuzobateramisha mugiteramo c'akataraboneka mu RUMONGE, Hama kandi bukeye bwaho hakazoba haramukiwe abo muntara ya BUJUMBURA MARIE mukubateramisha vyagakura itariki 24/08/2014 akazoba bateramisha mugiteramo kizobera aho benshi mukunze kuja iyo habaye ibiteramo vy'abaririmvyi n'abaririmvyikazi ahitwa kuri PALAIN DES ARTS, azosozera ibiteramo vyiwe vy'umuziki mumtara ya GITEGA niho abakunzi b'umuziki muba i GITEGA muzoba muramukiwe namwe itariki 31/08/2014 azobateramisha muri ca kibanza gikunzwe cane gose kandi kigenzweho ngaho i GITEGA citwa OLMPIA CLUB .

Twobamenyesha ko umuririmvyi AIME M. yabateguriye udusha tudasanzwe twumuzii w'uburundi yakorera mugihgu ca LETA NZUZE UBUMWE ZA AMERICA.

IKINYAMAKURU CACU DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI C'ARAGANIRIYE N'UMURIRIMVYI AIME M. AHO YASHOBOYE KUNEGURA UTUNENGE TUMWE TUMWE DUKUNDA GUSHIKIRA UMURIRIMVYI ABA AVUYE HANZE MUGIHE AKOZE IBITERAMO MUGIHUGU C'UBURUNDI CA MWIBARUTSE AHO USANGA BARYA BANTU BAJEJWE GUKOTESHA INZU Z'IBITERAMO BAKUNDA KUZIMBA ABO BARIRIMVYI BABARUNDI BABA BAVUYE HANZE.

UMURIRIMVYI AIME M. yagize ati:"Turafise urutonde rwama show tuzokora akaba ari 5, mugabo uko ndiko ndabibona mvugishije ukuri nuko mu Burundi umuntu wese akorera kugatwe kiwe n'inyungu ziwe ataravye abandi. Rero bizovana nuko ibintu bizotuzimba kubera benshi bumvise ngo nivyabavuye hanze igiciro gica kiba kini. Hama uko ntegekanije kuzokora ama show yanje 5,

Saturday16th: Ngozi(NEW BELVEDERE). Sunday17th:Muyinga. Saturday23rd: Rumonge (FAIR MOUNT). Sunday24th: Buja (PALAIS DES ARTS). Sunday31st: Gitega (OLYMPIA CLUB).

RABA IMIZIKI YIWE AGIYE KUZOBATERAMISHA MURI ZO NTARA TWADONDAGUYE Z'UBURUNDI BWACU








In real size 960x640 / 118.4Kb
5614 0 0.0

Added 2014-08-05 dutezeimbereumuziki

Total comments: 0
Name *:
Email *:
Code *:
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2025Website builderuCoz