ALLAH AKBAR by WAWA&SMALL DOGG LE PYGME IRIHAFI
ABARIRIMVYI BABIRI ARIBO SMALL DOGG LE PYGME BARIMIRIJE GUSHIRA KUMUGARAGARO UMUZIKI MUSHASHA WITWA ALL AKBAR BAKAVUGA Y'UKO BAJE BATAVYOROSHA MURI HIP POP Y'U BURUNDI NGO HAZOCA UWAMBAYE UNO MWAKA KUKO NGO BAJE BAFISE INSHAKA RIDASANZWE MUKUDUZA HIP POP Y'ABARIRIMVYI BABARUNDI.
Umuziki irindiriwe cane muri hip hop y'uburundi hagati y'abasore babiri basanzwe bakundwa cane mugihugu bo bakaba bavugako bafise akazi kanini ko gukundisha rap y'ubutumwa mubanyagihugu.abo nabo s'abandi ni WAWA&SMALL DOGG LE PYGME.iyo ndirimbo ikaba izoba yitwa ALLAH AKBAR ikab iriko ikorerwa muri KIMFRANS RECORDS.abo bahungu bakamenyesha ko bategerezwa kwemeza muri ino game.barangiza bashimira ababafata mumugongo bose,n'abakunzi ba rap.
TWABAMENYESHA Y'UKO TUZOBANDANYA TUBAMENYESHA AHO UMUZIKI ALL WAKBAR UZOBA UGEZE CANKE BAWUSHIZE KUMUGARAGARO TUZOBUMVISHA UKO UZOBA WARAHINYANYUWE.