BIG FIZZO ARAFATA INDEGE IMUSHIKANA MU BURUNDI
MUNYUMA YAHO UMURIRIMVYI BIG FIZZO BURUNDIANO AFATIYE INDEGE IMUSHIKA i DUBAI AHOHARI KW'IGENEKEREZO RYA 14 RUHUHUMA 2014 aho yashitse akora igiteramo kur'uwo munsi nyene hari k'umunsi wa SAINT VALENTINE nkuko abenshi muvyibuka.
Igihe c'isaha icenda zuzuye z'ijoro Umuririmvyi BIG FIZZO BURUNDIANO niho aganuka afata indege imushika mu BURUNDI aho yari amaze ukwezi kumwe ari mugihugu ca DUBAI aho yari yagiye atumiwe gukora igiteramo nkuko abenshi muvyibuka.
UKO URUGENDO RW'UMURIRIMVYI BIG FIZZO BURUNDIANO ATEGUWE::::
INDEGE ya mbere iza kumushikana mu gihugu kibanyi c'u Rwanda isaha zine z'agatondo ace arindira indege umujana mu Buurundi, Hama iyo ndege izoba arindiriye izakuva muRWAnda igihe c'isaha zibiri z'ijoro imujana mu BURUNDI.
TWOBABWIRA Y'UKO INDEGE IVUYE MURWANDA IJA MUBURUNDI IMARA ISAHA IMWE GUSA MUNZIRA MURUMVA KO UMURIRIMVYI BIG FIZZO BURUNDIANO AZA KUBASHIKIRA IGIHE C'ISHA ZITATU Z'IJORO.
Aho umuririmvyi BIG FIZZO aje azaniye abakunzi biwe b'umuziki ndirimbo nyinshi nshahsa tutibagiye indirimbo azoshika ashira kumugaragaro yise YAHAYA
AMWE MU MAKURU ASOBANURA AHO INDIRIMBO YAHAYA IGEZE :"" Yahaya nayo yaraheze ahubwo mixage gusa niyo isigaje gukorwa ""
AMAKURU DUFITIYE INCEMEZO :"" Bivugwa ko azova ngaho aja Swiss avuye swiss azoca aja kuraba umuryango wiwe mu bufaransa hama akaba afise igiteramo azokorera mugihugu ca England aho bivugwako bazohurirayo n'umuririmvyi Diamond umuririmvyi benshi bazi cane gose asanzwe aba mugihugu ca TANZANIA .
BIG FIZZO BURUNDIANO akaba atazomara igihe kinini cane gose mu BURUNDI kuko azoca agenda kuraba umuryango wuwe uri muri FRANCE hama avuye kuramutsa umuryango wiwe azoca aja kwitabira igiteramo kizobera mubwongereza aho hazoba hariho abaririmvyi batandukanye bava mu bihugu bitandukane.