Friday, 2025-01-10, 4:20 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
My photos [240]
This section contains my personal photos.
My family [5]
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 NEWS BURUNDI ARTISTS 
Main » Photo album » My photos » CHUMA CHA CHUMA na BIG FIZZO MW'ISANAMU KIBAJUBAJU

CHUMA CHA CHUMA na BIG FIZZO MW'ISANAMU KIBAJUBAJU

UMURIRIMVYI CHUMA CHA CHUMA na BIG FIZZO bagiye gusohora isanamu nshasha yitwa KIBAJUBAJU IYO SANAMU IKAZORANGIRA MU NDWI IZA TWOBABWIRA Y'UKO HAGATI YA CHUMA CHA CHUMA na BIG FIZZO BAFISE INDIRIMBO ZIBIRI ZIGOMBA GUSA IMWE YITWA Bajou HAMWE n'iyi KIBAJUBAJU BIMIRIJE GUSOHORA ISANAMU NSHASHA BARIKUMWE KANDI ZOSE ZIKABA ZAKOZWE N'UMUHINYANYUZI UMWE ASANZWE AKOMEYE MUVYUGUHINYANYURA ANZWI KW'IZINA RYA # LIZER PRO # AKORERA MUNZU Y'UBUHINYANYUZI YITWA ( BUJA RECORD )

FRANCK.PRO :: YARASHONOYE KUGANIRA N'UMURIRIMVYI CHUMA CHA CHUMA::
===========

FRANCK.PRO : Woshobora rero kubwira abakunzi bawe hamwe n'abakunzi ba BIG FIZZO igituma izo ndirimbo zigomba gusa zose?

AHO CHUMA CHA CHUMA YACIYE AMWIGANIRA IVY'ISANAMU KIBAJUBAJU N' IGITUMA IZI NDIRIMBO KO ARI ZIBIRI KIBAJUBAJU na BAJOU ZIGOMBA GUSA AMAZINA.

CHUMA CHA CHUMA YASOBANUYE ABWIRA ABAKUNZI BIWE B'UMUZIKI WIWE HAMWE N'ABAKUNZI B'UMUZIKI BA BIG FIZZO , YAGIZE ATI :""

KIBAJUBAJU ,iyo rero urumva ko igomba gusa n'irya ya fizzo yitwa BAJOU ,iyi yanje niyo
==========
twatanguye gukorana na fizzo hanyuma haheze iminsi mike fizzo aca asohora bajou kandi umuporoducer yazikoze ni umwe,ni Lizer pro...ariko mukuyisohora fizzo yarambwiye ko nawe nyene afise iyiwiwe igomba gusa n'uko kandi abantu ntibazitiranye kuko composition yazo itandukanye,iya fizzo aririmba avuga ati hora bajou,nzoza,ariko iyi yanje niyo gutapa umukobwa tumubwira ko ari mwiza,ntihagire rero abibaza ko fizzo yoba yaranyivye tittre,imiziki irashobora gusa tittre mais composition zitandukanye kandi ikiryoshe n'uko zose ari rwacu kandi Fizzo ni umujama wanje wa cane twumvikana cane kandi nkunda cane.

TWOBAMENYESHA Y'UKO KIBAJUBAJU BAZOYISHIRA KUMUGARAGARO MU NDWI IZA BANO BARIRIMVYI BABIRI CHUMA CHA CHUMA na BIG FIZZO .

UMVIRIZA IZO NDIRIMBO UKO ARI ZIBIRI KIBAJUBAJUBAJU na BAJOU URUMVAKO ATAHO BIHURIYE NTAGATO KIMWE GUSA AMAZINA NIYO AGOMBA GUSA.

KIBAJUBAJU by CHUMA CHA CHUMA ft BIG FIZZO
=========================================


BAJOU by BIG FIZZO
==================

In real size 960x640 / 138.1Kb
685 0 0.0

Added 2014-03-10 dutezeimbereumuziki

Total comments: 0
Name *:
Email *:
Code *:
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2025Website builderuCoz