ELYSE NSHIMI/YANDITSE COMMENTAIRE NYINSHI KURUSHA
ELYSE NSHIMIRIMANA:"" YABAYE YARUSHIJE ABANDI BAKUNZI B'UMUZIKI MUBURUNDI MU KWANDIKA COMMENTAIRE NYISHI CANE GOSE BADUKWIRIKIRANA AMAKURU TUBASHIKIRIZA BAGACA BAZA BARATANGA IVYIYUMVIRO VYAWE MURI COMMENTAIRE RERO. ELIE KWIZERA UMUKUNZI W'UMUZIKI MUBURUNDI YABAYE UWA MBERE W'UKWEZI NDAMUKIZA 2104
ELYSE NSHIMIRIMANA NI WE YABAYE UWA MBERE HANO KUKINYAMAKURU CACU DUTEZE IMBERE UMUZIKI MUBURUNDI AHO TWASHOBOYE KUGIRA ISUZUMA MUMA COMMENTAIRE YOSE YANDITSWE MUKWEZI KWA NDAMUKIZA 2014 N'ABAKUNZI B'UMUZIKI MUBURUNDI BAYANDITSE KURI FACEBOOK YACU DUTEZE IMBERE UMUZIKI MUBURUNDI.
Nkuko twari twarabibamenyesheje y'uko umukunzi w'umuziki muBURUNDI azo kwandika COMMENATIRE nyinshim kurusha abandi ko tuzomuha agashimwe ku muziki uzoba wabaye uwa mbere muKWEZI kanaka , rero ubu ELYSE NDAYISHIMIYE tugiye kuzomuha ako gashime ku muziki wabaye uwa mbere w'ukwezi kwa NDAMUKIZA 2014 ariwo witwa :" YAHAYA by BIG FIZZO ""
TWOBAMENYESHA Y'UKO BIZOBANDANYA UKU NYENE BICIYE KURI FACEBOOK YACU YA DUTEZE IMBERE UMUZIKI MUBURUNDI AHO UWU ZOKWANDIKA COMMENATAIRE NYISHI KURUSHA ABANDI MURI KUNO KWEZI KWA RUSAMA AZOCA ARONSWA NAWE AGASHIMWE KU MUZIKI WABAYE UWAMBERE WUKWEZI.
UWU NIWO MUZIKI ELYSE NSHIMIRIMANA YATSINDIYE
=============================================