FRANCK ESPOIR YAGOMBA GUSIVYA IKINYAMKURU CACU
IRYAVUZWE RIRATASHE KURI DUTEZE IMBERE UMUZIKI MUBURUNDI : Incivugo UKURI KURABABAZA.
-----------------------------------------------------------------
INKURU YANDITSE N'IKINYAMAURU AGAHAZE MUMUZIKI W'IBURUNDI NCANDITSE GISHAKA GUSIGA AMAVUTA MABI IBIKORWA VYACU TUBASHIKIRIZA IKABA YANDITSWE K'ITARIKI 25 NDAMUKIZA GUHERA IGIHE C'ISAHA CUMI NA ZIBIRI Z'IGITONDO.
FRANCK.PRO umukuru w'ikinyamakuru cacu DUTEZE IMBERE UMUZIKI MUBURUNDI igihe yabona iyo nkuri yarije gusiga amavuta mabi ibikorwa vyacu yaciye anyaruka kugira amatohoza hirya no hino mugutohoza bimwe bikomeye cane gose aho amatohoza yagenze neza cane gose akaba yaranashoboye kuronka ivyemezo vyemeza vy'uwurongoye IKINYAMAKURU AGAHAZE MUMUZIKI W'IBURUNDI. AHO YASHOBOYE GUSANGA UMUNTU ARONGOYE IKINYAMAKURU Agahaze Mumuziki W'iburundi AHO YASANZE UWO MUNTU ARONGOYE N'IKINDI KINYAMAKURU CITWA Akayarwa Mumuziki Burundi .
AMAZINA Y'UWURONGOYE IVYO BINYAMAKURU UKO ARI BIBIRI
-------------------------------------------------------------------------------------------
Franck Espoir Ndizeye NIWE UMURONGOZI W'IBINYAMAKURU BIBIRI ARIVYO AGAHAZE MUMUZIKI W'IBURUNDI HAMWE N'AKAYARWA MUMUZIKI MUBURUNDI.
TWARASHOBOYE KURONKA IVYEMEZO VYEMEZA NEZA KO ARI FRANCK ESPOIR AKIRONGOYE IKINYAMAKURU AGAHAZE HAMWE N'IKINYAMAKURU AKAYARWA MUMUZIKI W'IBURUNDI aho yagiye aremeza neza na neza ko ariwe nyene COMPTE AVUGA Y'UKO ARI ZIWIWE AHO AKBA YABISHIKIRIJE IGIHE ICO KINYAMAKURU CIWE AGAHAZE MUMUZIKI W'IBURUNDI yashikirije kuvyo UMUMENYESHEMAKURU AMIDOU HASSAN YARI YANDITSE KURI FACEBOOK YIEW AHO AGAHAZE MUMUZIKI W'IBURUNDI YACIYE YANDIKA KURI FACEBOOK YAYO ATI:AGAHAZE MUMUZIKI W’IBURUNDI
Abaririmvyi b’abarundi muracakomerewe mugihe abajejwe kubafasha (Abammenyeshamakuru) bakiri munryane, batunz’urunani ngo bashire hamwe kugira babatez’imbere, n’ingorane kabisa.
Raba nkaba bamenyesha makuru nkaha mubona bapf’iki ?
Amidou Hassan ( R.culture) : La chanson de Big fizzo a encore une fois etait jouee sur les ondes de la radio rema. Le detail sur ce lien...
HAMA NIHO BAKUNZI B'UMUZIKI MUBURUNDI BACIYE BARAZA BARAKORA COMMENTAIRE KIVYO ICO KINYAMAKURU AGAHAZE CANDITSE hama niho umumenyeshamakuru DEO ICONAYISAVYE AKORA KW'IRADIYO REMA F.M yashura kur'iyo mwashoboye gusoma hejeru vyanditswe n'agahaze mumuziki w'iburundi HAMA NIHO FRANCK ESPOIR YACIYE YASHURA UMUMENYESHAMAKUR DEO ICONAYISAVYE MURI COMMENTAIRE AGIRA ATI: Franck Espoir Ndizeye Mais Deo nawe ndakugarukeko, imbere yo gukwiza inkuru, ba ubanza utohoze, umenye neza ko Amakuru ushaka gushikiriza ariyo! MUKWAMAMAZA AHANTU HOSE KO AGAHAZE MU MUZIKI W'IBURUNDI HAMWE N'AKAYARWA MU MUZIKI W'IBURUNDI ARI AMA COMPTE YANJE.
Hama, erreur nrabwo ari ikosa, ariko ikosa nugusubira kugira iryo kosa, niyo mpamvu guhanugwa n'uguhanurana ari vyiza. umuntu arashobora kugira ikintu mu kutamenya, so ntaguca wishigikira muri ayo makosa, umviriza ico abandi babivugako hama ushobore gutahura. So, Amidou, respect ku kazi mon confrère, ariko nibaza ko (....). Guhanurana birakenewe apana kwararazanya. Merci bcp.
March 10 at 5:51am · Unlike · 3
TWOGUSABA MUKUNZI W'UMUZIKI MUBURUNDI UKUNDA KUDUKWIRIKIRANA URABE NGAHO MUNSI KURAYO MAFOTO ABIRI URABONA KANDI FRANCK ESPOIR ARONGOYE IKINYAMAKURU AGAHAZE YISHURA UMUMENYESHA MAKURU DEO ICONAYISAVYE.