INARUNYONGA ARIKO ARAKORANA UMUZIKI NA ELLY'S BOY
INARUNYONGA ft ELLY'S BOY & MKOMBOZI BARIKO BARAKORA UMUZIKI MU NSHASHA KUMVO YUKO UZOBA URENZE UBURYOHE BABUZE IZINA BOWUHA!
Murikino gihe hariko harakorwa umuziki mu nshasha w'umuririmvyikazi INARUNYONGA arikumwe n'umuririmvyi ELLY'S BOY gushika ino isaha baratanguye kuwukora bikaba vyarasobanye umuririmvyikazi INARUNYONGA ukuntu yowutorera izina akabirya rero yaciye ahitamwo gushiramwo umuririmvyi MKOMBOZI nawe nyene azobe arimwo mu muzuiki mu nshasha wuwo muririmvyikazi kumvo zuko yabonyezuko uzoba ri umuziki wa danger urenze uburyohe.
Inarunyonga ku kubura izina yoha umuziki yatanguye gukora urimwo amajambo amara afise akanovera kadasnzwe mugihe umukunzi w'umuziki w'uburundi Burundi azoba ariko arawumviriza uzonyurwe neza cane gose , igitangeje uwo muririmvyikazi yari yatanguye kuwukorana n'umuririmvyi ELLY'S BOY bbarawukora haragera aho abona ko hamwe atoshiramwo umuririmvyi agira kabiri yahisemwo gushimwo umuririmvyi MKOMBOZI kugira uzoze urenze urimwo misage zigenzwe ukozwe muri BEAT ya danger.
Umuririmvyikazi INARUNGA yagize ati mbega umuzik iweee vyananiye kabisa konora izina, reka nje kuba fans banje bamfashe gutora iryo zina ry'umuziki wanje wa danger mu nshasha ndiko ndakorana na ELLY'S BOY nkaba mpisemwo gushiramwo umuririmvyi MKOMBOZI.