JAY FIRE ARIKO ARATEGURA ISANAMU NZIZA'NTUJE KURE
UMURIRIMVYI JAY FIRE MURI KINO GIHE ARIKO ARAKORA ISANAMU NSHASHA IZOZA IKORANYE UBUHINGA BUDASAZWE AHO HARIMWO IBIBANZA BITANDUKANYE KANDI VYIZA CANE. JAY FIRE AKABA YAYISE
:" Nt'uje kure. "
Twobamenyesha y'uko isanamu NT'UJE KURE iriko irakorerwa munzu yo guhinyanyura amasanamu ije itavyorosha yitwa :" IGICAPO "
Bakunzi b'umuziki muBurundi tukazoyibereka muminsi iri imbere umuririmvyi JAY FIRE amaze kuyishira k'umugaragaro.