JIJI SEVEN AVUGA UKURI ABWIRA Jounalist w'i RWANDA
Ikiganiro nagiranye numu journaliste kwiradiyo imwe yo murwanda:
-Journalist: Mbe jiji, kigali na bujumbura kubwawe niyahe ville isukuye?
-JIJI SEVEN: Ni Kigali
-Journalist:(Acaratwenga nkuwuryohew cane)Hama hagati yurwanda nuburundi nikihe gihugu kirusha ikindi umuziki?
- JIJI SEVEN: Kuvyukuri ushatse kugereranya uburundi nurwanda kubijanye ningabire yumuziki, numva woba uriko usuzugura uburundi.Kuko abanyarwanda muri kure caane yabarundi mubijanye ningabire yo kuririmba.Uravye nomuri histoire yumuziki wibi bihugu ntaho wobigereranya.Iwacu iburundi hari iradio ifise ikiganiro citwa Uburundi buraririmba,kubwanje uwazanye iryozina yarabitoye,nanje rero inyishu numva noguha nuko uburundi buririmba.plzz ntusubire kubigereranya.Muburundi haringabire zirenze mubijanye numuziki.nikimenya menya nuko presk muma egliz yose yahano kigali ndetse no mububare usanga ari abarundi bavuza music,atari abarundi naho usanga ari abakongomani.Naraganiriye meme nabaririmvyi bahano iwanyu mwemera,bose bambwiyeko abarundi bazi umuziki.
-Journalist(Asa nuwushavuye):Ubwo ntuvuzuko kubera arigihugu cawe?
-JIJI SEVEN:Simvuze uku kuberako arigihugu canje,mvuze uku kubera arukuri ndiko ndavuga.kuko nakare wambajije ivyisuku ndakubwirako ari kigali isukuye.
-Journalist:Sha kumenga urakunda igihugu cawe caane?
- JIJI SEVEN: None ga sha ntakunze igihugu canje ushaka nkunde icahe?ndumurundi,ndi fier yokwitwa umurundi kandi ndakunda igihugu canje uko kimez kwose.
-Journalist: Ok,wakoz kwitabira ubutuumire bwacu JIJI SEVEN.
- JIJI SEVEN:Namwe mwakoz kuntumira.