Friday, 2025-01-10, 11:07 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
My photos [240]
This section contains my personal photos.
My family [5]
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 NEWS BURUNDI ARTISTS 
Main » Photo album » My photos » JIJI SEVEN from BURUNDI , TIMOSHAY from KENYA

JIJI SEVEN from BURUNDI , TIMOSHAY from KENYA

Umuririmvyi JIJI SEVEN aho yari mugihugu ca KENYA yahuriyeyo n'umuririmvyi w'umuKENYA asanzwe yitwa TIMOSHAY aririmba umuziki wa GOSPEL .

IKINTU GITANGAJE KURI JIJI SEVEN N'UKO IYO ARAMUTSE AFATA URUGENDO AJA MUBINDI BIHUGU BIBANYI VY'U BURUNDI AVAYO ARONSE UMURIRIMVYI ASHAKA KO BAKORANA INDIRIMBO TURAVYE IGIHE YAJA MUGIHUGU C'I RWANDA YAHURIYEO MN'UMURIRIMVYI W'UMURUNDI ANZWI KW'IZINA RYA Briton Peniel

JIJI SEVEN YARASHOBOYE KUTUBWIRA INGENE YASHOBOYE GUKORANA INDIRIMBO N'UMURIRIMVYI TIMOSHAY. YAGIZE ATI: Yitwa Jah love.oft ahantu nashikiye nababajijeko ata studio iri hafi nje just ku visita hama baca barayinjanamwo.Mais vrema nasanz ari studio ntoya sana,hama aba type bahakora bumviseko ndumuririmvyi bansaba ndabumvish indirimbo zanje ndazibumvisha baca bansaba bankorere indirimbo for free muri studio yabo.Nca ndayikorana numwe murabo ,Numwe gusa twayikoranye yitwa TIMOSHAY.

UMVIRIZA HANO IYO NDIRIMBO NSHAHSA YA JIJI SEVEN na TIMOSHAY
-----------------------------------------------------------------------------------------
In real size 1600x1200 / 203.7Kb
340 0 0.0

Added 2014-03-30 dutezeimbereumuziki

Total comments: 0
Name *:
Email *:
Code *:
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2025Website builderuCoz