KOOK-K INJE GUTEZA IMBERE UMURIRIMVYI MUTO ATAZWI
Hari kw'igenekerezo rya 9 NTWARANTE niho umuririmvyi asanzwe arongoye inzu yu guhinyanyu imiziki y'abaririmvyi iri mugisagara ca BUJUMBURA inzwi cane kw'izina rya (GOLDEN ENTERTAINMENT.) ariwe KOOK-K akongera akaba n'umukinyi wamareresi hano mu BURUNDI niho yashikiriza ijambo mukiganiro BURUNDI BEAT kiba kuri Radio Télélevision Renaissance iminsi yose ya MUNGU guhera isaha zitatu z'ijoro. Akaba yamenyesheje y'uko agiye kugirisha ihiganwa muntara zose z'u BURUNDI.
KOOK - K akaba yavuze y'uko agiye guteza imbere umuririmvyi asanzwe akorera umuziki wiwe muntara zarugu kuko usanga ngo aba ataramenyekana mukuririmba, izina ryiwe riba rikiri hasi zitarashobora kuduga hejeru mu kumenyakana mukuririmba.
AKABA YABANDANIJE AVUGA Y'UKO MURI RYO HIGANWA AGIYE KUZOTANGURA MUKARUHUKA KIMIRIJE NKUKO YABIVUZE MUKIGANIRO ""BURUNDI BEAT"" , ATI UWUZOBA YARATSINZE MWIHIGANWA KO AZOTORAMWO UWA MBERE GUSHIKA KUWABAYE UWA GATATU KO BAZOCWA BAZANWA MU GISAGARA CA BUJUMBURU GUKORERWA INDIRIMBO MUNZU YIWE Y'UBUHINYANYU # GOLDEN ENTERTAINMENT # AHO BAZOKOREGWA INDIRIMBO IMWE IMWE ya
( AUDIO na VIDEO) Kandi ko murabo baririmvi batatu guhera kuwa mbere gushika kuwa kabiri azoca yitorera umuririmvyi ashatse mubamaze kugira izina muvy'umuziki mu BURUNDI. Azoca abakorera iy'indi ndirimbo ku buntu kuko bazoba barashoboyekuronka amahirwe yo gutsinda mwihiganwa.
TWARASHOBOYE KUGANIRA N'UMURIRIMVYI KOOK-K . BIMWE MUVYO FRANCK.PRO YASHOBOYE KUBAZA KOOK-K
FRANCK : "" Mbega Kook-k hariho umugambi ufise mu guteza imbere umuziki mu burundi? ""
KOOK-K : """ Shaka gutegura ama competion mu ntara zose z igihugu. Ama competition yo guteza imbere abaririmvyi bafise ama telent mugabo ata buryo bwo gusohora indirimbo bafise "
FRANCK.PRO:"" Wow! igikorwa ciza cane gose, Kook-k none woshobora kusobanurira uko wabiteguye ? ""
KOOK-K : """ Reka tuzobisigure neza tumaz kubitangaza ,mugabo igikogwa cambere
kizotagurira i ngozi muri vacance ""
FRANCK.PRO : """ Oh! Mbega iyo vacance ntiyahe? ni ya PAQUE! ""
KOOK-K : """ iyi igira ibe ni vuba .;"""
KOOK - K : "" iyi igira ibe
ni vuba.
IMWE MUNDIRIMBO Z'UMURIRIMVYI ""KOOK-K ""
AGIYE KUZOKORA IGIKORWA CIZA CANE GOSE GUTEZA IMBERE UMURIRIMVYI MU ATARASHOBORA KUGIRA IZINA K'UMUZIKI MU BURUNDI ARIKO AFISE TELENT YO KURIRIMBA AKABURA UBURYO BWOGUSOHORA INDIRIMOBO YIWE
ANO MAKURU AZOBANDANYA =================