LE PYGME SMALL DOGG ARATAKAMBA BAGARUKIRE HIP POP!
LE PYGME SMALL DOGG ARATABAZA ABANDI BARIRIMVYI BAHURIYE KUMUDIHO WO GUTANGUBUTUMWA HIP HOP KO BOWUGARUKIRA,BAKAWURWANIRA AMAZI ATARARENGINKOMBE
Ivyo yabitangaje aho twamubaza amwe mumajambo yanditse kurubuga rwiwe rwa face book aho yavuze ko muburundi hatigeze habaho hip hop yukuri,akarangiza avugati abo tufatanije uru rugamba nibande.
SMALL DOGG ATI:Kubwanje nta hip hop yukuri yigeze ibaho kuko nabayikora ntibayikunda kuko bobo barazamutse ariko uwo mudiho wowo gushika nubu uracafatwa nkuko ari umudiho waba voyoux,aba bandit,abanywarumogi .....bigatuma gushika nubu atamuntu yizera aba rapers.birababaje kwumva umu ririmvyi yama yitwa up coming imisi yose akazova mumukino atiswe super star ariko kuri jewe ndafise icizere ko bishobora guhinduka kubera aba promoters canke abanyamakuru benshi barahindutse benshi basigaye bakunda uwo mudiho.
Twamubajije kuri primusic atubwira ko atavyinshi yobivugako ariko ko bimubabaza ari hamwe hawamugani ati uwutigaba ntiyigaburira.
Kuri jewe mbona bagenzanje dufise ikibazo kinini cane kandi tutabona gusa dukanuye maremare tugatangura natwe tugahangana nabo vyotuma babona ko natwe dufise agaciro maze tukaja kurwego rumwe bishobotse tukarenga imbibe ariko bizotuvako nitwaja hamwe tukibagira beef maze tugatangubutumwa ntakabuza twogera kure cane abatugaya bakabura iyo twaciye abatubesha ko turi kumwe mugabo ntitubone ibikorwa nabo bazobona umusaruro.murakoze.
AKA AKABA ARI AKABABARO KUMURIRIMVYI LE PYGME SMALL DOGG AFISE KUMUTIMA KUGEZA N'UBU AKABA YABONYE KO ATAVYO YOKWIGUMIZAMWO ATI REKA NDABISHIRE KUMUGARAGARO BAVYUMVE N'ABANDI BAJEJWE GUTEZA IMBERE UMUDIHO WA HIP POP Y'UBURUNDI BWACU.