MASTER BK , SMALL DOGG LE PYGME , FRORIS / HIP POP
UMURIRIMVYI MASTER BK YARASHOBOYE KUGANIRA N'IKINYAMAKURU CACU DUTEZE IMBERE UMUZIKI MUBURUNDI AHO YARIKO ARATWIGANIRA UKO ARIKO ARATEGURA UMUZIKI MUSHASHA WITWA "NIMPFA NZEREKWA " AKABA AZOWUKORANA N'ABARIRIMVYI BABIRI ARIBO :""
SMALL DOGG LE PYGME&FRORIS.""
MASTEB BK akaba yatubwiye ati: EAST CAMP ifatanije na F DONE IT barabazanira collaboration yambere hagati ya Master BK , Small dogg NA Froris kuri chorus abasani bari muburundi .
izoba yitwa "NIMPFA NZEREKWA " ikazovuga kubijanye nubuzima.::
Indirimbo isohoka mumatariki yambere y'ukwezi kwa gatanu kubabaza bishasha ntimuhogore kandi izosohokera kimwe nayandirimbo nabemerera yitwa "IGITUMA"
IKIGANIRO TWAGIRANYE NA MASTER BK ATWIGANIRO UKO BIMEZE
========================================================
MASTER B :
=========
Komera bene wacu. Nibiki ngaho kombona beef zabaye nyishi. Nizere ko muriko mufatinyishu yavyo komera.
FRANCK.PRO
==========
Nana kimwe gusa twariko turashira ukuri ahabona kubasha gusubiza inyuma ibikorwa vyacu, kandi nituzosubira kubigarukako tuzoreka bagume bavuga natwe dukora.
MASTER BK
==========
Komera wangu. Hama nabonye haruwacishijemwo akazina kanje ntaho ntasomye vyose uno musi niriwe muri twishi. Hari indirimbo nzosohora itariki nka 2 zukwagatanu genda kuri wall yanje urabe amakuru uyabamenyeshe komera. Kandi na small dogg yari yabiguhaye ndibaza. Komera
FRANCK.PRO
==========
Ego batubwiye ko mushima ibikorwa vyacu
MASTER BK
==========
Okk murakoze kabisa. Mwoba mwabonye yamakuru kuri facebook wall yanje ? Muyantangire mutama komera
Komera mwenewacu.
FRANCK.PRO
==========
murakoze, namwe mukomere kuko niwe turiko turakorana
MASTER BK
==========
Terimbere nkumuzinga.
FRANCK.PRO
==========
Murakoze.
ndangije nshimire mwese mubandanya mudushigikira .