MBEGA KIDUM YOBA AGOMBA KURIRIMBA GOSPEL GUSA?
Igihangange mu vy'umuziki mu Burundi eka no muri East africa music KIDUM KIBIDO KIBUGANIZO yashize amasanamu mashasha y'umuziki -:" Mungu Anaweza . "" Biboneka ko KIDUM yinjiye mu baririmvyi baririmba Gospel kuko wumvirije amajambo agize umuziki MUNGU ANAWEZA. Tugerageje gusobanura amajambo agize umuziki Mungu anaweza.. KIDUM aravuga ngo: "" NDARIRIMBA KW'IJWI MFUKAMYE MPIMBAZA IMANA YANJE NDATAHURA IVYEREKEYE KW'IZERA KWIWE N'IBIHE VYIWE. IMANA NYENE UBUSHOBOZI ,URUKUNDO RWIWE NIRUHERA UKWIZERA KWIWE NIVY'IBIHE BIDASHIRA JEWE NARINARAZIMIYE ND'UMUNYAVYAHA IMANA YARANKOZEKO NARABONYE UKUBOKO KWIWE RERO UBU NDI MUGIKIRIZA CIWE NDAMFISE UMURINZI ASUMBA SATANI.
IMANA IRASHOBOYE NIYO VYOSE NA YESU NIWE IMANA N'UKURI NDAMFISE UBUZIMA. IMANA IRASHOBOYE NIYO VYOSE NA YESU NIWE IMANA.
BENSHI BARAVUGA KO VYOBA NARANYOYE INZOGA ABANDI BARATANGAZA KO NOBA NDI UMUSAZI. NI JEWE NYENE NZI IGITUMA NDAMUHIMBAZA NI JEWE NYENE NATWAYE UBUTUMWA BWANJE N'UKURI NDAZI Y'UKO NAKIJIJWE N'UKURI NDAZI Y'UKO NAKIRIYE YESU UMWAMI W'UBUZIMA BWANJE. IKINTU COSE N'INCIWE
IMANA IRASHOBOYE NIYO VYOSE NA YESU NIWE IMANA N'UKURI NDAMFISE UBUZIMA. IMANA IRASHOBOYE NIYO VYOSE NA YESU NIWE IMANA.
ISHIRE MU MABOKO YIWE IMANA IRASHOBOYE , IMANA IRASHOBOYE . NIBISOBANURA Y'UKO WIRIRWA WICAYE MW'IBARABARA , IMANA IRASHOBOYE KUGUKURA NGAHO.
NIBISOBNANURA Y'UKO WARAMFASHE UKIBA ABANTU. IMANA IRASHOBOYE KU GUHINDURA.
TURAGIRA AMASENGESHO NTIMBA IBINTU VYAWE VYARAGORANYE N'UKURI IMANA IRABIGIRA VYIZA , TURAGIRA MASENGESHO TWIRUKANE INDWARA MW'IZINA RYA YESU URABONA ABIKOZE, TURAGIRA AMASENGESHO TWIRUKANE SATANI MW'IZINA RYA YESU TUVUGA NGO TUVUGA TUVUGA KO SANATI TSINDWA SATANI TSINDWA SATANI TSINDWA SATANI TSINDWA SATANI TSINDWA SATANI TSINDWA SATANI TSINDWA SATANI TSINDWA.
SATANI VAYO SATANI VAYO SATANI VAYO SATANI VAYO SATANI VAYO SATANI VAYO SATANI VAYO SATANI VAYO SATANI VAYO SATANI VAYO SHIMWA MANA.
IMANA IRASHOBOYE NIYO VYOSE NA YESU NIWE IMANA N'UKURI NDAMFISE UBUZIMA. IMANA IRASHOBOYE NIYO VYOSE NA YESU NIWE IMANA ARASHOBORA KU GUKURA HASI AKA GUSHIRA HEJURU IMANA IRASHOYE IHE UMUTIMA IHE UMUTIMA IMANA IMANA IRIZERWA IMANA IRIZERWA HALELUYA HALELUYA IMANA IRASHOBOYE IMANA IRASHOBOYE.
RABA ISANAMU NGAHA Y'UMUZIKI MUNGU ANAWEZA by KIDUM