RABA UKO IGITERAMO C'ABARIRIMVYI BARI OTTAWA
Munyuma yaho abarundi bari mugihugu ca CANADA bari bateguye igiteramo kiginzwe n'abaririmvyi babarundi benshi baba mugisagara ca OTTAWA ngaho nyene muri CANADA,. Kw'igenekerezo rya 29 NTWARANTE 2014 niho baramuka bakora igiteramo ncogufasha abarundi bari muBURUNDI babuze ababo n'ivyabo w'imvura yaguye kw'igenekerezo rya 9 RUHUHUMA uno mwaka.
TWABAMENYESHA Y'UKO IGITERAMO NCITABIRIWE N'ABANTU BENSHI CANE URIKO URARABA HARARENGA ABANTU IBIHUMBI BITANU KUDUGA VYARABONETSE Y'UKO ABARUNDI BARI MUMAHANGA BAKUNDA BENE WABO BARI MUBURUNDI UGIYE URARABA UKUNTU BITABIRIYE ICO GITERAMO VYARI BITEYE UBWOBA KUKO WARABURA NAHO UHAGARARA,.
ABARIRIMVYI ( BARI) BARI BAGIZE IGITERAMO HAMWE N'ABATANVYI B'INTAMBO Z'IKIRUNDI, ABATIMBO
=======================================================
KIJANYA , ISHAKA, AFRICA NOVA, REMESHA CLRUMS. MURYA, SHADIA, GODE, FRATENITE-JENUESSE-LUMIERE, MCMELLO , DJ JUMA , LOYAL KIGABIRO , WILLY UWERA.
ABARAFASHE UMUNOTA UMWE WOKWIBUKA ABARUNDI BAHITANWE N'IMVURA
RABA HANO UKO VYARI BIRYOSHE CANE GOSE.
----------------------------------------------------------------------