SAT B UMURIRIMVYI W'UKWEZI KWA NDAMUKIZA 2014
UMURIRIMVYI SAT B NIWE YASHOBOYE GUTAHUKANA IKIBANZA CA MBERE HANO KURI DUTEZE IMBRE UMUZIKI MUBURUNDI NKUKO TWAGIYE TURARARABA IBIKORWA SAT B YAKOZE MURI KUNO KWEZI KWA NDAMUKIZA TURAVYE UKO IBIKORWA VYIWE VY'UMUZIKI YABIKOZE BIRABONEKA Y'UKO YAKOZE NEZA CANE GOSE AHO VYATUMYE ATORWA MWIHIGANWA RIRIKO RABA GUSHIKA N'UBU AKIRI MWIHIGANWA RYITWA KORA AWARDS , EKA SAT B SIVYO GUSA YAKOZE YARASHOBOYE GUTERA IMBERE CANE GOSE NKA 90% BIRABONEKA Y'UKO UMURIRIMVYI SAT B YATEYE INTABWE ISHIMISHIJE CANE GOSE.
MUKUNZI W'UMUZIKI JUBURUNDI TWOKWIBUTSA Y'UKO UKABA UTARA TORA UMURIRIMVYI SAT B MURI KORA AWARDS NYARAGASA KURI PAGE YA KORA AWARDS WITORERE SAT B.
UMVIRIZA UMWE MU MUZIKI WIWE MUSHASHA AHERUKA GUSHIRA KUMUGARAGARO WITWA NYANDIKIRA
====================================================
Twobamenyesha y'uko SAT B ariko arakora isanamu nshasha yitwa ""walimwengu "" iyo ikaba iri muri ALBUM YIWE NSHASHA ARIKO ARATEGURA MURI KUNO KWEZI TWATANGUYE KWA RUSAMA 2014.