SAT - B YABUZE ITIRO KUGUNDA AKAZI KU MUZIKI AKORA
Umuririmvyi SAT - B asigaye abura itiro kugukunda cane ibikorwa vyiwe vy'umuziki , ubu turisaha umunani z'ijoro mu masaha y'uburundi bwacu. Aramenyesha aba fans biwe igituma ubura itiro n'uko yamaze kubemerera ko uno mwaka 2014 ategerenzwa kubaryohera, nubu mur'uno mwanya akaba ari muri STUDIO za AFRICAN SOUND RECORDS mugukora imiziki mi nshasha.
AtI :"igituma naronka itiro nuko nkunda akazi kanje ku muziki."
Mu fans w'umuririmvyi SAT - B uno mwaka uzoguma wumva bishasha gusa mu muziki wiwe kuko yaramaze kugusezerana ko ategerezwa ku kuryohera gushika nawe uzoshime pe arongera akavuga ko n'ibindi biracaza mugihe agikomeza akunda akazi kiwe ku muziki atazigera aheba namba.
Umuviriza umuziki AKABEBA aheruka gukora muntumbero yo kuryohera aba fans biwe