SERUM YA MAPENZI By EDDY KAMOSO ft ALIDA
Umumenyeshamakuru wa w'iradiyo REMA F.M EDDY KAMOSO ariko arakora umuziki mu nshasha witwa SERUM YA MAPENZI uwo muziki yawukoranye n'umuririmvyikazi ALIDA.
EDDY KAMOSO yagize ico ababwira abakunzi b'umuziki w'uburundi bwacu
EDDY KAMASO ati :"Nyuma yo kubona ibibazo bitandukanye satani agenda atez'ingo z'abakozi b'Imana kubera kuba Bussy mu bikorwa Vy'Imana gushikaho bibagira abagore babo bigatuma abakenyezi bahohoterwa.nahisemwo gukorana indirimbo n'umuririmvyi w'umurundikazi Alida BARANYIZIGIYE yitwa SERUM YA MAPENZI (serumu y'urukundo)ikaba iriko iratunganirizwa muri AFRICANSOUNDS RECORDS hAMWE N'umuhinyanyuzi Pastor P kuva mu rwanda."
Twabamenyesha ko umumenyeshamakuru EDDY KAMOSO yizera ko umuziki mu nshasha SERUM YA MAPENZI uzonezera benshi cane gose mugihe uzoja ahabona ugasamirana.