SMALL DOGG LE PYGME :" ATI : BIZOKARA MURI RAP Bdi
MUNYUMA YAHO HEHEZE IMINSI UMURIRIMVYI SMALL DOGG LE PYGME HAMWE na IR IDRISS BASHIZE ISANAMU NSHASHA KUMUGARAGARO Y'UMUZIKI :"" My DEFINITION.""
Iyi n'indirimbo MY DEFINITION yaririmbwe n'aba rapeurs 2 uwitwa IR IDRISS hamwe na SMALL DOGG LE PYGME nindirimbo itagira chorus ikaba ifise vers 2 gusa ariko ikaba ikozwe neza mumpande zose haba audio.video yayo ikaba yakozwe na IR IDRIS ubwiwe.ikaba yakorewe kugitambara uravye no mumpera baravyerekana.ikozwe mubuhinga bwo hejuru kuko umuntu wese ayibonye agenda ayishimye.
kozwe mubuhinga bwo hejuru kuko umuntu wese ayibonye agenda ayishimye.kukibazo ca back ground bakoresheje zose ngo nizo yirondereye naho vyasavye imisi myinsh kugira iyo ndirimbo ihere.na audio yayo yari ikiri nshasha ntanahamwe yari bwavuzwe.
.SMALL DOGG LE PYGME abandanya amenyesha abakunzi biwe ko nk'uko yabemereye vyinshi uwu mwaka bategerezwa kubona ko akora aterimbere buri munsi.ama collabos meza meza aracariho ategerezwa gusohoka vuba maze abakunzi ba rap y'Uburundi babandanye kwumva ubutumwa
Arangiza akengurukira abanyamakuru bose bavuza canke ba promotinga rap y'abaririmvyi mu Burundi batitaho ivy'abanyamahanga.
RABA HANO IYO SANAMU Y'UMUZIKI MUNSHASHA My DEFINITION Y'ABARIRIMVYI IR IDRISS ft SMALL DOGG LE PYGME
-----------------------------------------------------------------------------