SMALL DOGG PYME ATI SINDIRIMBA POLITIKE
umuririmvy small dogg le pygme aramenyesha abakunzi biwe bose ko indirimbo 2015 ntushike atayiririmvye kubera politique ariko gusa ko we afise akazi ko kuvuga ibintu vyose abona ko bitagenda neza nk'uko we yiyita Umutumwa W'ibarabara (street Prophet)kand Amenyesha Ko Uwu Mwaka Azotanga Ubutumwa Bwinsh Kubabukeney Kandi Ko We Afise Umugambi Wo Kumenyekanisha Umudiho Wa Hip Hop Kuburyo N'umwana Wese Akura Ayikunda.
SMALL DOGG PYME ABANDANYA AVUGA Y'UKO AJE GUTEZA CANE MUDIHO WA HIP POP MU BURUNDI AHO AVUGA Y'UKO AZOKORA UKO ASHOBOYE HIP PO IMENYEKANE CANE GOSE MU BRUNDI EKA YONGERE IKUNDWE NA BARUNDI BOSE BAKUNDA UMUZIKI WA HIP POP.
UMVIRIZA IMWE MU NDIRIMBO ZA SMALL DOGG PYME