Friday, 2025-01-10, 4:05 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
My photos [240]
This section contains my personal photos.
My family [5]
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 NEWS BURUNDI ARTISTS 
Main » Photo album » My photos » STEVEN SOGO ATI BIWELEWELE MURURIRIMBO RWIWE RUSHA

STEVEN SOGO ATI BIWELEWELE MURURIRIMBO RWIWE RUSHA

UMURIRIMVYI STEVEN SOGO AHO UBU ATAKIRI MUGIHIGU CIWE C'U BURUNDI .

Aho ubu ariko arampamaza u BURUNDI mu mahanga kukaranga k'umuziki w'i kirundi akora ibiteramo vyinshi cane kandi abanyamahanga barashima cane uko umuririmvyi STEVEN abateramisha ico gutanganza n'uko STEVEN SOGO N'UKO UBU ARIKO ARIGISHA abantu banzwe bakora ibiteramo bo muri EGYPT Nk'indirimbo yiwe nshasha heruka gushira kumugaragaro yiwe BIWELEWELE urumva bariko bararirimba mururimi rwgiSWAHILI.

IJAMBA GASHIKIRIJWE NA STEVEN SOGO IGIHE ASHIRA INDIRIMBO YIWE YISE BIWELEWELE
==========================================================

STEVEN SOGO said : "" This is my new song, played for the first time in the Nile project...everywhere we performed it, the audience liked so much, in Egypt they liked so much, even in this great TV show we went, they did. That's how I really enjoyed the Egyptian audience during this Africa tour, now enjoy the video...the song is biwelewele..no comment

RABA UMUZIKI Biwelewele by STEVEN SOGO akaba ari indirimbo nshasha yashize kumugaragaro

)
In real size 960x553 / 165.4Kb
406 0 0.0

Added 2014-03-11 dutezeimbereumuziki

Total comments: 0
Name *:
Email *:
Code *:
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2025Website builderuCoz