TORA SAT B MURI KORA AWARDS MURI BENSHI CANE GOSE
UMURIRIMVYI SAT B ARI MWIHIGANWA RIDASANZWE RITEGURWA N'IGIHUGU CA TANZANIRA IRYO HIGANWA RIKABA RYITWA :" Kora Awards." MURI RYO HIGANWA RAY KORA AWARDS KUGIRA UTORE UMURIRIMVYI UBAANZA GUKUNDA
( LIKE , J'AIME , NAPENDA ) PAGE ya Kora Awards UGACA UTORA.
SAT B aramenyesha ABAKUNZI B'UMUZIKI MUBURUNDI mwese ko wasidukana iyonka mukamutora muri benshi. Kuko gutora bizorangna n'iyi ndwi turimwo bikazoca bihera.
TWOBAMENSHA Y'UKO KUGIRA UBONE PAGE YA KORA AWARDS ANDIKA MURI FACEBOOK YAWE HARYA BARONDERA ABAGENZI UCE WANDIKA IZINA : Kora Awards uca ubona iyo PAGE ya KORA AWARDS. Uhitse kur'iyo page uce wandika muri COMMENTAIRE yawe izina SAT B uzoba umutoye hama ukazoca urindira amanota yingene vyagenzi mugutora.
UMUZIKI WA SAT B MAISHA ASABIRA IGIHUGU C'UBURUNDI KU MANA IGIHEZAGIRE EKA N'IBINDI VYINSI URAVYUMA
-----------------------------------------------------------------------------------------------------------
TWOBASABA MUTORE UMURIRIMVYI SAT B MURI BENSHI CANE GOSE KUKO AZOBA ARI ITEKA KUGIHUGU CACU C'U BURUNDI EKA NO KURI TWEBWE ABANYAGIHUGU KUKO NIHO ATA MUNYAMAHANGA AZOZA ASUZUGURA UMUZIKI WACU MUBURUNDI CANKE ASUZUGURA ABARIRIMVYI BACU MUBURUNDI KUKO BAZOBA BABONYE KO DUSHOBOYE BIDASANZWE.
MURAKOZE !!!!!