WEST BK AJE ATAVYOROSHA MURI HIP POP BURUNDI
UMURIRIMVYI WEST BK N'UMURIRIMVYI W'UMURUNDI ARIKO ARAKORA NEZA CANE MU MUZIKI WA HIP POP W'U BURUNDI AHO ASAZWE ARI IMVUKIRA YO MUNTARA YA GITEGA , VYONGEYE AKABA ASAZWE ABA MUGIHUGU ca CANADA MUGISAGARA CITWA OTTAWA.
WEST BK ARAMENYESHA ABAKUNZI MWESE B'UMUZIKI MUBURUNDI KO NTAHO ARI KURE Y'IGIHUGU C'U BURUNDI CA MWIBARUTSE KO ATAZOSHOBORA GUHAGARIKA IBIKORWA VY'UMUZIKI ASAZWE AKORERA MUGIHUGU ca CANADA , AKABABWIRA Y'UKO ABAFITIYE AGASEKE KIMIZIKI MINSHI ARIKO ARABATEGURIRA , UBU AKABA AHEJEJE GUSHIRA UMUZIKI MUSHASHA YISE: " BAKAME "
UIMVIRIZA HANO UMUZIKI MUSHASHA WA WEST BK
===========================================
Twarashoboye kuganira na WEST BK atubwira incamake y'uko yatanguye umuziki nticatumye ahitamwo umudiho wa HIP POP BURUNDI.
YAGIZE ATI:
Umuziki natanguye kuwukora kera, nasubiramwo indirimbo z'abandi, gushika
aho décida kuza ndandika style Hip Hop muri 2007.