Monday, 2024-05-06, 11:11 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 DADDY FACE UNO MWAKA AJE ATAVYROSHA RABA MASHUSHO Y'ISANAMU NSHASHA FOREVER ARIKO ARAKORA 

Umuririmvyi DADDY FACE munyuma yaho ashize amasanamu abiri ariyo
REAL LOVE na VANESSA kumugaragro akomejwe gukundwa cane gose n'abakunzi b'amasanamu y'umuziki w'uburundi bari mubihugu bitandukanye ,ubuho yagarutse kandi nakantu kumutse k'isanamu nshasha ije usumba izo ubuhinga budasanzwe aho yayise FOREVER , mukugaragaza urukundo akunda umuk
unzi wiwe Imana iheruka kumuha , akabirya ico mwamenya muri yo sanamu FOREVER ikaba irimwo umukunzi wiwe bariko barishimashima mubibanza bitandukanye yakoreyemwo isnamu FOREVER bakaba bayikoreye mugisagara gikuru c'igihugu ca LETA NZUZE UBUMWE ZA AMERICA benshi bazi kw'izina rya NEW YORK ,KWIRIKIRANA AMASHUSHO YAYO!

 

DADDY FACE N'UMUKUNZI WIWE

      Uwo ubona amfashe ikintu mumaboko numwe mubariko baratunganya isanamu FOREVER izozanaye amashusho meza

Abo bakobwa babiri ubona bari kumwe na DADDY FACE nibo barangwa mw'isanamu FOREVER yiwe muguitamaba itambo zigenzweho eka nawe uzoshima uriko urirabira akabirya k'isanamu nshasha FOREVER 

DADY FACE yahagaze rugabo mw'isanamu nshasha FOREVER 

 

DADDY FACE kaba yashoboye kuganira n'ikinyamakuru cacu DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI akaba yabwiye aba fans biwe hamwe n'abakunzi b'amasanamu y'umuziki w'uburundi bwacu ko isanamu yiwe nshasha FOREVER iarangira kuruwu wa kababiri itariki 05/08/2014 ,ariko DADY FACE  akaba atatumenyesheje umusi n'itariki isnamu FOREVER izoja ahabona mugashobora kuyira biciye kuri YOU TUBE  canke kumboneshakure y'igihugu c'uburundi bwacu kimwe gusa akaba yarangije avuga ko bitazorenga kuno kwezi itaraja ahabona.

 

Mukurindira isnamu nshasha FOREVER ya DADDY FACE buraraba ino sanamu yiwe

yitwa REAL LOVE ikunzwe n'abatu benshi cane

  Twaragerageje kuraba uko isanamu FOREVER iriko irakorwa twasanze izoza ifise ubuhinga budasnzwe kuko yakorewe ahantu hari ibibanza vyiza   bizotuma izanana amashasho meza mw'isanamu. isanamu FOREVER ya DADDY FACE ikaba iriko iramfatwa amashusho n'umuhinyanyuzi rurangira mugufata amasnamu y'abaririmvyi n'abaririmvyikazi babarundi baba muri AMERICA anzwi kw'izina rya YOUNG PDK ,akaba ari umurundi.Tubibutse ko umuririmvyi DADDY FACE asanzwe aba mugihugu ca Leta Nzuze Ubumwe za America.

Login form
Search
Calendar
«  May 2024  »
SuMoTuWeThFrSa
   1234
567891011
12131415161718
19202122232425
262728293031
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2024Website builderuCoz