Monday, 2024-05-06, 7:36 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 UBUGENI BWA PATERNE & JOSEPHINE BWAGENZE NEZA KURIKIRANA AMASHUSHO YARANZE URWO RUBANZA 

Umuririmvyi PATERNE w'umurundi musanzwe mpumenyereye mu muziki nka UZICUZA, aheruka gukora ubugeni n'umuririmvyikazi w'umukongomanikazi yitwa LADY JOJO munyuma yaho bakoze umuziki witwa baby stand-up baciye bahitamwo gukora urubanza rw'ubugeni bwabo mukuzobana ubuzima bwabo bwose bari kumwe kandi bongera bazanira bishasha abakunzi b'umuziki w'uburundi nkuko babimenyesha ko bagiye gukora bishasha mu muziki wabo bakora. Baranashimira Imana kubona ubugeni bwabo bwaragenze neza bukitabirwa n'abantu batari bake harimwo n'abaririmvyi babarundi baba muri LETA NZUZE UBUMWE ZA AMERICA.

 

 

IGIHE IKINYAMAKURU DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI CA GANIRA N'UMURIRIMVYI PATERNE YIGANIRA UKUNTU URUBANZA RW'UBUGENI BWABO BWAGENZE. Partene yagize ati: Turashima Imana urubanza rwagenze neza cane nkuko twabishaka eka n'abatumire baje kubwinshi muri make vyagenze neza cane gose kandi vyari bihimbaye cane gose."

 

Raba amashusho ingene ubugeni bwagenze neza cane nkuko umuririmvyi PARTNE yabitwiganiye

 

Login form
Search
Calendar
«  May 2024  »
SuMoTuWeThFrSa
   1234
567891011
12131415161718
19202122232425
262728293031
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2024Website builderuCoz