Sunday, 2024-05-19, 9:34 AM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
My photos [240]
This section contains my personal photos.
My family [5]
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 NEWS BURUNDI ARTISTS 
Main » Photo album » My photos » VIDEWO YA NKORAKO NIVUBA / ASHLEY ARAKARA !!!

VIDEWO YA NKORAKO NIVUBA / ASHLEY ARAKARA !!!

Munyuma yaho abakunzi benshi b'umuziki w'uburundi bwacu bakunze cane umuziki NKORAKO w'umuririmvyikazi ASHLEY mwakino gihe uwo muririmvyikazi ASHLEY ariko arakora imyiteguro yo gukora VIDEWO nshasha y'umuziki NKORA kunumberpo yo kuryohera aba fans biwe.

Ashley Aramenyesha abakunzi mwese b'umuziki w'uburundi bwacu ko vuba bidatinze mugiye kuzobona iyo VIDEWO nshasha y'umuziki NKORAKO.

Ikinyamakuru cacu DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI igihe ca gnira n'umuririmvyikazi ASHLEY arashoboye gutanga insuguro nyinshi cane gose yerekeye VIDEWO nshasha y'umuziki NKORAKO.

ASHLEY yagize ati:" VIDEWO Nkorako ndiko ndayitunganya neza kuko hariho ibintu turiko turakora mukurondera ariko vuba bagiye kuzoyibona bidatinze.

Twobwirako umuririmvyikazi ASHLEY uri mubaririmvyikazi b'igihugu cacu c'uburundi bariko barakora beza cane gose kuko abikorana ukubikunda nkuko yashoboye kubivuga ngo jewe ndagukunda cane akazi kanje ku muziki niyo mpamvu naratota ndagaheba.
In real size 960x540 / 57.7Kb
3103 0 3.0

Added 2014-08-21 dutezeimbereumuziki

Total comments: 0
Name *:
Email *:
Code *:
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2024Website builderuCoz