Sunday, 2024-05-19, 2:18 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
    
Tag Board
Channel categories
    
    
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 WATCH BURUNDI MUSIC VIDEO 
Main » Video » My videos

Vyagira Muri Beza by Club Culturel Ihunja/ New BURUNDI Traditional Music Video 2014

20:05:59
Views: 2 Added by: dutezeimbereumuziki umudihowacu 
Entry description:

Umugwi ndangakaranga CLUB IHUNJA munyuma yaho ukoze isanamu nshasha y'umuziki INYAMBO itavyorosha ubu naho babazaniye isnamu nshasha itavyorosha ije kw'izina rya VYAGIRE MURI BEZA.Ikaba ari isnamu iha ikaze aho baririmba bavuga ngo:" BASHITSI BEZA MWASHIKIYE MUTAMA KAZE IWACU VYAGIRA MURI BEZA KAZE NGIZO NASHASHE NIMUSHIME MUSHIKI WIWACU DUSANGIRE IKIRAGO ARIKO MUTAMA NDABONA AFISE AMAKENGA IJAMBO RYANYU NGIRYO RIRABUGURA , BEZA BINKA VYAGIRE NASHIMYE BASHISHIRIYE NANJE CA NDABASHIMA.................Mukunzi w'umuziki ndangakaranga ku Burundi bwacu komeza wumviriza amajambo meza cane gose y'isanamu VYAGIRE MURI BEZA aka ari y'inkoramutima.

Year: 2014
Language: KIRUNDI
Video runtime: 20:05:59
Author: Duteze Imbere Umuziki Mu Burundi
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2024Website builderuCoz