Sunday, 2024-05-19, 12:59 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
    
Tag Board
Channel categories
    
    
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 WATCH BURUNDI MUSIC VIDEO 
Main » Video » My videos

Mwiza wanje by Mt number one / New BURUNDI Music Video 2014

00:10:58
Views: 5 Added by: dutezeimbereumuziki umudihowacu 
Entry description:

Umuririmvyi MT NUMBER ONE munyuma yaho umuziki yakoze witwa MWIZA WANJE ugakundwa n'abakunzi benshi b'umuziki w'uburundi yaciye avuga ati sinoreka kubanezereza kandi mukubakorera isanamu nziza cane ntambaye imico y'ikirundi yabasogokuru badunsigiye , ubu rero akaba yashize isanamu nshasha y'umuziki UMWIZA WANJE ikaba ari sanamu iryoheye ijisho birenze witegereje ibibanza ikonzwemwo ni vyiza cane gose birahimbaye.

Year: 2014
Video runtime: 00:10:58
Author: Duteze Imbere Umuziki Mu Burundi
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2024Website builderuCoz