Sunday, 2024-05-19, 12:42 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
    
Tag Board
Channel categories
    
    
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 WATCH BURUNDI MUSIC VIDEO 
Main » Video » My videos

Burundi By Nester B ( New BURUNDI Music Audio 2014 )

00:04:12
Views: 1 Added by: Franck Franck 
Entry description:

Umuririmvyi NESTER B ati:" Nararyamye ndarota ndota uburundi bwacu butwidogera butwidogera barundi bwidodomba buvuga ati jewe Burundi burundi buhire ndi Burundi bwanyu ndiko ndabatakambira aha jewe mpumbona uko ngeze ahatemba nishwe nabanje arimwe bene Burundi mwagwaniyeko muri benshi cane RUMARIZA ,ABADAGI N'ABABIRIGI abo bose baranteye Imana yaramfashije Intahe yo kwikukira ndayifata muminwe narinzi ko mugiye kuabana neza. Iminsi mikeya cane izo nduru z'amako mura zikoreyeko muricana muribana amatongo mupfuye ubwoko bwanyu mwari bene mugabo umwe.Ivyamko biragabanutse mugiye muvyimigabwe naho,barundi mbega jewe Burundi mubona ngana gute? ndasumba Leta nzunze ubumwe za America zifise imigabwe ibiri gusa eheraba mwebwe mugeze kumigabwe mirongo ine n'iyindi hariho yanyakuri hakabaho yakibiri muterana amajambo ku munota ku munota komukeresha ururimi rimwe mugihugu cose bibananira kumvikana bigenze gute? ibigirinama bigira Imana nimureke kumbabaza barundi nyumviriza."Ayo ni amwe mumajambo agize umuziki mu nshasha BURUNDI wa NESTER B aho aririmba avuga ivyoyabonye munzozi aho uburundi bwariko buridogera abarundi n'abarundikazi babubamwo. Umviriza neza umuziki BURUNDI urazi kumvamwo ubutumwa bwinshi cane gose bw'inkoramutima kuri twebwe abarundi n'abarundikazi .CLICK SUBSCRIBE PLAESE !FOR MORE BURUNDI MUSIC VISIT ON http://dutezeimbereumu.do.am/

Year: 2014
Language: KIRUNDI
Video runtime: 00:04:12
Author: Duteze Imbere Umuziki Mu Burundi
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2024Website builderuCoz