BIG FIZZO & SAT - B BABAYE B'UKWEZI KWA MUKAKARO !
ABARIRIMVYI B'UKWEZI KWA MUKAKARO TWASHOBOYE GUTORA NI BIG FIZZO & SAT - B!
Ikinyamakuru cacu DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI ca ritegereje neza kirasubira mugukwirikirana abaririmvyi n'abaririmvyikazi bacu mu Burundi bagiye barakora ibikorwa bishimishije mu muziki w'igihugu cacu c'uburundi, nokuryohera aba fans babo mugihe bakoze imiziki ibashimisha.
Abaririmvyi bashoboye kuza mubibanza vya mbere ni BIG FIZZO BURUNDIANO hamwe n'umuririmvyi SAT - B nibo bashoboye gutahukana ico kibanza mugukora neza mukwezi twarangije kwa MUKAKARO 2014,aho bakoze bishimije cane gose barahindura imyifato itari mike yagiye irashika mu muziki w'abaririmvyi mu Burundi.
RABA ISANAMU Y'UMURIRIMVYI SAT - B WONGERE WUMVIRIZE N'UMUZIKI WA BIG FIZZO BURUNDIANO.