REDEMPTION VOICE BABAYE B'UKWEZI KWA MUKAKARO 2014
UMURWI W'ABARIRIMVYI BA GOSPEL REDEMPTION VOICE NIBO BASHOBOYE KUBA ABARIRIMVYI B'UKWEZI KWA MUKAKARO 2014!
Abaririmvyi bahurikiye mu murwi wa REDEMPTION VOICE ikinyamakuru cacu DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI carashoboye kwitegereza neza mukuraba ibikorwa uwo murwi ukora mu mizki yo guhimpaza Imana bakora yuzuyemwo ubutumwa bwiza bw'Imana nibo bashoboye gutahukana ikibanza ca mbere mukwezi kwa MUKAKARO 2014 twaraye turangije, aho umuziki uhimbaza Imana wabo witwa YUGURUYE NTAWUGARA wakunzwe cane gose n'abantu batari bake kuva ukija ahabona gushika nubu ugifise ikibanza kini cane gose mugutanga ubutumwa bwiza bw'uhoraho Imana yacu dusenga.
RABA ISANAMU YUGURUYE NTAWUGARA YA REDEMPTION VOICE IRAHEZA IGIHEZAGIRE NAWE YONGERE IGUHE UKWIZIGIRA KURENZE