Friday, 2025-01-10, 4:01 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
My photos [240]
This section contains my personal photos.
My family [5]
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 NEWS BURUNDI ARTISTS 
Main » Photo album » My photos » AMAZINA46 BAZOHINGA MURI PRIMUSIC 2014 MU KIRUNDO

AMAZINA46 BAZOHINGA MURI PRIMUSIC 2014 MU KIRUNDO

1/4 FINAL PRIMUSIC 2014 UROTONDE RW'ABARIRIMVYI 46 BAZOHIGANWA ITARIKI 02-08-2014 MU NTARA YA KIRUNDO

MUNYUMA YAHO IHIGANWA PRIMUSIC 2014 RIHIGANISHIJE ABARIRIMVYI N'ABARIRIMVYIKAZI BATANDUKANYE MU NTARA 17 Z'UBURUNDI BWACU

Amashamba yashushe imitima y'abaririmvyi n'abaririmvyikazi bamwe bamwe yatanguye guhagarara kubera ubwoba kw'itariki 02/08/2014 niho rizoramuka rija mugice ca 1/4 FINAL kizobera mu ntara ya KIRUNDO aho bazohiganwa abaririmvyi n'abaririmvyikazi bose hamwe mirongo ine na batandatu buzuye atawurenze ko , kuri yotariki nyene bazoca batoramwo abaririmvyi cumi na babiri bashoboye kurengana ice 1/4 gishira icanyuma mw'ihiganwa rya PRIMSIC 2014 rizoba ririko ribera muntara ya KIRUNDO.

URUTONDE RW'ABARIRIMVYI N'ABARIRIMVYIKAZI MIRONGO INE NA BATANDATU BAZOHIGANWA HAMWE MW'IHANGA PRIMUSIC 2014 MU KIRUNDO 1/4 FINAL .

INTARA Gitega ABARIRIMVYI N'ABARIRIMVYIKAZI BAZOYISERUKIRA : Delos na Mugisha Junior ,uyomubona ducishijeko akarongo niwe yari yarenganye mugabo munyuma arabivamwo ,ikibanza ciwe gica gifatwa na Mugisha Junior.

INTARA Cankuzo ABARIRIMVYI N'ABARIRIMVYIKAZI BAZOYISERUKIRA: Jesus Marie Joseph Kavyinabuhiye na Clementine Muhoza

INTARA Karuzi ABARIRIMVYI BAZOYISERUKIRA : Ndagijimana Jean Viator batazira N John

INTARA Kirundo ABARIRIMVYI N'ABARIRIMVYIKAZI : Michel na Olga - Cibitoke : Dusabe Blaise na Tuyishimire Jean de Dieu. -

INTARA Makamba ABARIRIMVYI BAZOYISERUKIRA : DUSABEYEZU Angelo hamwe na BUTOYI Cedric -

INTARA Bururi ABARIRIMVYI BAZOYISERUKIRA : NIYOKWIZERA Moise MUGISHA Merveille

INTARA YA BUJUMBURA MAIRIE ABARIRIMVYI N'ABARIRIMVYIKAZI BAZOYISERUKIRA: Methode Nshimirimana, Igiraneza Noella, Jean Marie Christian Ninteretse, Joe Christian Irankunda (Kiki ), Thierry Nduwayezu , Jean Amissi (El Pedro), Halidi Bitariho , Lionnel Manirampa, Platini Nahimana, Albert Nzobonimana Kulu, Elise Buki, Gladys Inabeza Macedoine Nimbona, Thomas Ndayishimiye.

INTARA YA KAYANZA ABARIRIMVYI N'ABARIRIMVYIKAZI BAZOYISERUKIRA: GIRUKWISHAKA Boniface hamwe na IRAKOZE Bruce.

INTARA MWARO ABARIRIMVYI N'ABARIRIMVYIKAZI BAZOYISERUKIRA: Sinzinkayo Clovis Toussaint na Pamella INGABIRE

INTARA MUYINGA ABARIRIMVYI N'ABARIRIMVYIKAZI BAZOYISERUKIRA: NAHAYO Georges Bonfis hamwe na GATEKA Landry

INTARA Bubanza ABARIRIMVYI N'ABARIRIMVYIKAZI BAZOYISERUKIRA : MUJIMBERE Gabriel na IRANDAGIYE Aletha.

Twokubwira ko ihiganwa rya PRIMSIC 2014 RIZOBANDANYA MUKINDI GICE CA 1/2 FINAL tukazobamenyesha Intara kizoberamwo mu musi iri imbere abo mwashoboye gusoma amazina yabo nibo bazohiganwa bose bari hamwe uko ari mirongo ine na batandatu bava mu ntara zotandukanye z'uburundi bwacu.
In real size 960x355 / 135.4Kb
2584 0 0.0

Added 2014-08-01 dutezeimbereumuziki

Total comments: 0
Name *:
Email *:
Code *:
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2025Website builderuCoz