UMUHINYUNZI W'UKWEZE MUKAKARO LIZER CLASSIC
Umuhinyanyuzi akomeje gukora neza muguhinyanyura imiziki y'abaririmvyi mu Burundi LIZER CLASSIC niwe yashoboye kuba umuhinyanyuzi w'ukwezi atowe n'ikinyamakuru cacu DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI , aho twagiye turaba ibikorwa yakoze mugukora imiziki y'abaririmvyi twasanze yakoze imiziki myinshi cane gose yagiye irakundwa aho twovuga umuziki : YAHAYA wa BIG FIZZO , Dety Darba - Karibu - feat. Sat-B and Kiki , LOLILO N LOLIANE NI WEWE ,SIMA TE by Dety Darba feat. Black G,Frenki Duniano - StandBy - ft Dety Derba,Mgara - Lolilo. SHISHI WASHI - ELLY`S BOY.
LIZER CLASSIC akaba akorera munzu zibiri zùbuhinyanyuzi imwe yitwa BUJA RECORDS ari yo inzu yiwe bwite ihinyanyura imiziki akongera agakorera no munzu yitwa AFRICAN SOUND RECORDS
Twokumenyesha ko LIZER CLASSIC akaomeje kwerekana ko ashoboye guteza imbere umuziki wùburundi muguhinyanyura bimwe biteye igomwe eka nàbaririmvyi baramushimira cane gose kuba abahinyanyurira imiziki neza igakundwa nàbantu benshi imaze kuja kumugaragaro.