ANNICK MURUNDIKAZI / AGASHIMWE YAHAWE na PETERO NK
UMURIRIMVYIKAZI ANNICK KABETESI BENSHI BAZI KW'IZINA RYA MURUNDIKAZI. KU MUNSI MUKURU W'ABAKOZI N'AKAZI NIHO YAROSWA AGASHIMWE KADASAZWE CANE GOSE AGAHAWE N'UMUKURU W'IGIHUGU C'UBURUNDI PETERO NKURUNZIZA.
ANNICK MURUNDIKAZI icatumwe ahabwa agashimwe n'umukuru w'igihugu PETERO NKURUNZI n'uko yitaheho cane kuguma ashira imbere akaranga ku BURUNDI biciye MPUMUZI zikorwa mubiti , ivyo biti navyo sibindi ni: UMUMANDA , UMUVUMUVUMU eka n'ibindi ibiti musazwe muzi y'uko aho hambere vyakorwamwo impuzu z'ibiti , Rero ANNICK MURUNDIKAZI akaba yaragumye yitaho cane gose kuguma yampamaza IVYAMBWAGWA BIKOZE MPUMUZI Z'IBITI.
UMVIRIZA UMUZIKI WIWE UHAYAGIZA AHO HAMBERE IMPUZU Z'IBITI BAMBARA
==================================================================
Twobibutsa y'uko IMPUZU ya mbere kw'isi yose ANNICK MURUNDIKAZI akunda n'impuzu y'ikoti ikozwe mubiti aho avuga y'uko n;ubugeni ar'iyo azokwambara kandi atizigera aheba akaranga k'ubundi.