BEN KEY UMURAPERI WA GOSPEL MURUNGANTWE RUSHASHA
UMURIRIMVYI Benjamin Bakunda A..K. BEN Key ASANZWE ARIRIMBA UMUDIHO WA HIP POP MURI GOSPEL AKAVUGA Y'UKO YABUZE UKUNTU INDIRIMBI ZIWE ZOJA KUMARADIYO YO NGAHA MU BURUNDI AHO ABURA N'UMUNTU NUMWE YOMUFASHA AKAMUVUGIRIZA INDIRIMBO ZIWE KW'IRADIYO IVYO BIKABONEKA NABI CANE KURI BEN KEY KUKO NGO HARYA IYO UMUNTU ARIKO ARAKORA IGIKORWA C'IMANA AKABURA UWUSHOBORA KU NCAMPAMAZA HIRYA NTOHINO ABANTU BAGASHOBORA KUMVA ICO GIKORWA. ARABANDANYA AVUGA Y'UKO NATWE ABARIRIMVYI BATO ARIKO DUFISE TALENT YO KURIRIMBA TUKABURA UWUSHOBORA KUDUFASHA KUTUVUGIRIZA INDIRIMBO ZAWE ARIKO IYO ARI UMURIRIMVYI AMAZE KUGIRA IZINA AFISE TELENT YO KURIRIMBA NTAHO ATABWIRA ABO BAKORA KUMARADIYO KO YAMAZE GUHEZA GUKORA INDIRIMBO BARABANGUKA CANE GOSE KUMUBAZA KO ASHAKA BAMUVUGIRIZE INDIRIMBO YIWE ., ATI NATWE ABARIRIMVYI TUKIRI KUNTANGO BARAKWIYE NATWE KUTWITAHO CANE MUKUVUZA INDIRIMBO ZACU CANE KUMARADIYO NIHO U BURUNDI BWANYABURUMBA BUZOGUMA BUTERA IMBERE MUVY'UMUZIKI.
BEN KEY MUKIGANIRO MENYA IBIKORWA VY'UMURIRIMVYI MU BURUNDI AKABA YAKIGIRANYE NA FRANCK.PRO
---------------------------------------------------------------------------------------------------------------
FRANCK.PRO : MBEGA MWOBA MWITWA BANDE ?
============
BEN KEY :
========
ndabaramukije bagenzi je nitwa Benjamin (Ben key) nkaba ndi umu rappeur wa
hip hop gospel mugabo ntarabuze ukuntu notanga imiziki yanje kwi radio ntakuntu mwobi mfashamwo ?
FRANCK.PRO :
===========
Ntakibazo. Urashobora kuturungikira muri EMAIL YACU indirimbo zawe ! Email ni: fnzomukunda@yahoo.com , URASHOBORA KUMPA HISTORY YWE Y'UKUNTU WATANGUYE kuririmba Gospel!
BEN KEY :
=========
BEN KEY : je kugira ntakure kuririmba natanguriye kuvuza battrie hama nja muri chorale niho ntatanguye kwumva inyota yo kuririmba
FRANCK.PRO :
===========
Hama umaze kumva inyota yo kuririmba gospel waciye utangura gukora iki murico gihe wumva inyota yo kuririmba!
BEN KEY :
========
Naciye ninjira muri group y'itwa the brothers ntiyo ntatanguriyemwo hip hop
FRANCK.PRO :
===========
Mbega hari mu mwaka w'ibihumbi bibri na kangahe ? Ukuri muri group hip pop warumaze gukorana indirimbo niyo group
BEN KEY :
========
Hari muri 2010, iyo group twakoranye indirimbo 2 gusa kuko jewe naciye ndayivamwo ntaciyo ntangura kuririmba indirimbo ziwanje je nyene
FRANCK.PRO
===========
Mbega uzondirimbo mwaririmbanye niyo Group hip pop yitwa gute? izo ndirimbo zibiri zitwa gute mwari mumaze kuririmbana?
BEN KEY :
========
Group ni the brothers si hip hop, twaririmbanye indirimbo yitwa : ugusenga, ntiyindi yitwa jina la bwana
FRANCK.PRO :
============
Umaze kuva muri the brother ukaja kuririmba indirimbo zawe hari mu mwaka w'ibihumbi bibiri na kangahe?
BEN KEY :
========
Ndayivuyemwo vuba hari mumwaka uheze
FRANCK.PRO :
============
Mbega ubu umaze gukora indirimbo zingahe kuva uwuvuyemwo? zitwa gute?
FRANCK.PRO :
============
Izo ndirimbo 5 woshobora kutubwira uko wasize amazina yazo?
BEN KEY :
========
Ok iya 1 yitwa usife moyo 2 : faraja ya moyo 3 : nina shanga 4 : mungere mwiza 5: don't worry, mugabo harih 2 zitarahera izaheze nti 3 gusa
FRANCK.PRO:
===========
Murakoze cane kuba mwashoboye kuduha akanya tuganira. Turaguheye ikaze kandi!
BEN KEY :
========
Namwe murakozi none mwebwe nti ikihe kintu mukora kugira mu fashe aba ririmvyi ?
FRANCK.PRO :
===========
Ico dukora kugira dufashe umuririmvyi n'uko dushaka guteza imbere umuririmvyi biciye muri PROMOTION tumukorera!
TUGIYE KUZOBUMVISHA INDIRIMBO Z'UMURIRIMVYI BEN KEY NKUKO MWASHOBOYE KUBISOMA YARABUZE UBURYO BWOGUSHOBORA KUVUGIRIZWA INDIRIMBO ZIWE ZA GOSPEL HIP POP KUMARADIYO YAHANO MU BURUNDI