DADDY LOVE ARASABA INTERANO AMARADIYO MU BURUNDI
UKABA UKUNDA U BURUNDI USHAKA KO BUTERA IMBERE MUVY'UMUZIKI GIRA INTERERANO UTANZE K'UMURIRIMVYI DADDY LOVE JASILI
==================================================================
Umuririvyi DADDY LOVE JASILI arafise indirimbo nyinshi ariko abura uburyo bwogushira indirimbo ziwe kumugaragaro bitumye n'uko atagira uburyo bwotuma umuziki wiwe utera imbere ukamenyekana hose. DADDY LOVE JASILI akaba ari umuririmvyi aturuka muri Commune RUMONGE aho twaganira nawe tumubaza uko ibikorwa vyiwe vy'umuziki vyimfashe ngaho muri Commune RUMONGE yatubwiye y'uko bitagenda neza kuko ngo iyo akeye kurungika indirimbo yiwe ku maradiyo yo ngaha mu Burundi bamusaba amahera canke akeneye kurungika indirimbo ziwe kumbuga( Website ) z'abantu basanze bakora ibikorwa vyokumenyekanisha umuziki w'umuririmvyi mu BURUNDI bimugora cane gose naho nyene bamusaba amafaranga.
INTANGAMARARA
===========
MUNTU WIYUMVA UKUNDA UMUZIKI MU BURUNDI WUMVA UFISE UMUTIMA WOGUPFASHA UMURIRIMVYI MU BURUNDI ATAGIRA UBURYO BWOTUMA IBIKORWA VYIWE BIMENYEKANA VY'UMUZIKI.TURAGUSABA UBISHOBOYE UMFATE M'UMUGONGO UMURIRIMVYI DADDY LOVE JASILI N'UMURIRIMVYI TWOVUGA KO AKUNDA UMUZIKI KANDI AKABA ARIKO KAZI KIWE AKORA ARIKO AKABA ABUZE UBURYO BWOTUMA IBIKORWA VYIWE BIMENYEKANA HOSE HABA MU BURUNDI CANKE MUMAKUNGU.
URASHOBORA KURONDERA UMURIRIMVYI DADDY LOVE JASILI KURI #FACEBOOK# MUGASHOBORA KUYAGA NAWE UKAGIRA INTERERANO UTAZNZE KURI WE. FYONDA HANO https://www.facebook.com/jasilidaddy.nahishakiyeA KUGIRA BIKOROHERE KURONKA UMURIRIMVYI DADDY LOVE JASILI
WIPFUZA GUFASHA UMURIRIMVYI DADDY LOVE URASHOBORA GUFATA URUGENDO RUGUSHIKANA MURI CAMMUNE RUMONGE