CHACK JEE ati : MWITEGE UMUZIKI WANJE MY LIFE
Umuririmvyi CHACK G akaba ari umurundi asanzwe akorera akazi kiwe k'umuziki mu gihugu ca ZAMBIE ARAMENYESHA ABAKUNZI BIWE B'UMUZIKI KO AGIYE GUSOHORA UMUZIKI MU NSHASHA WITWA My Life aho aririmba avuga ubuzima bwiwe uko bwari bumuze akongera akavuga y'uko azoba ari umuziki uje ugaragaza ubuzima bwiwe.
CHACK JEE
--------------- Aravuga y'uko uno mwaka agiye gukora yivuye inyuma mu guteza imbere umuziki wiwe aho azokora uko bishoboka kose umuziki wiwe umenyekane mu makungu no mumahanga ati ivyo azoba ari iteka kugihu ca nje c'u BURUNDI hamwe no kubarundi bene wacu basnzwe baririmba umuziki mu BURUNDI yasozeye avuga y'uko UMUZIKI WIWE MUNSHASHA AGIYE GUSHIRA KUMUGARAGARO KO UMAZE GUHERA HASIGAYE KO UMUHINYANYUZI WIWE AMUGIRIRA ICITWA MURURIMI RWI'KINYAMAZURU MIixage ati bakunzi banje b'umuziki mu Burundi eka ntongaha muri ZAMBIE mwitege umuziki My LIFE ugiye kubashikira.
UMVIRIZA HANO UMUZIKI CHACK JEE YASOZEREYEKO MU MWAKA W'IBIHUMBI BIBIRI NA CUMI NA KABIRI YISE I LOVE
=====
)
aho amaze gukora indirimbo zitari zike twovuga nk'iyitwa :"" I Love you" YIRABE NGAHA :