Bikiyo YABATEGURIYE igiteramo ku munsi wabakunda
UMURIRIMVYIKAZI BIKIYO YABATEGURIYE IGITERAMO ku munsi wa Bakunda ( Valentine date 14 Fevrier 2014)
Bakunzi b'umuziki mu Burundi wa muririmvyikazi BIKIYO yabateguriye igiteramo kwigenekerezo rya 14 RUHUHUMA r 2014. Kizobera muri HAVANA CLUB aho yabateguriye ibitari bike k'umuziki wiwe aho azobica bigacika nkuko mu menyereye mu ndirimbo ziwe.
kizoba ari igiteramo kidanzwe nkuko mu tabimenyereye i Bujumbura mu baririmvyi bakunda kugira ibiteramo BIKIYO aje asuvyaho aho ico giteramo kizotangura isaha ICENDA Z'IJORO zuzuye ( 03:00) Night.
Itariki kizobera ko KW'IGENEKEREZO rya 14 Nzero 2014
Abazoteramisha igiteramo ni abaririmvyikazi bongaha mu Burundi.
Uko giteramo giteguwe mukwinjira bazotangisha amafaranga ibihumbi bitanu vy'amarundi(5.000 Fbu ) aho ni kubantu bataragira abakunzi bakunda nuko mubizi muririmi rwamazuru ( SINGLE )
Hama kubafise abakunzi bakundana ( COUPLE) ni amafaranga ibihumbi munani ( 8.000 Fbu ) murumva ko igiciro kizoba ari gitoya.
ABARIRIMVYIKAZI BATUMIWE MUGITERAMO BAZOZA KUBATERAMISHA HAMWE NA BIKIYO
* EMELANCE EMY
* LINAH BLANCHE
* MURUNDIKAZI
* TITH LOVE
* JEO BIG
* INARUNYONGA
* BLANDINA
* PAMELA
Abo nibo bazoba bagize igiteramo.
KAZE muri benshi mwirabire ubuhinga abaririmvyikazi bacu mu Burundo aho busigaye bugeze kuntabwe ikomeye. Kandi kuruwo munsi bizoba ari ibintu bidanzwe aho bazobateramisha mukavayo mudashaka ko igiteramo gihera.
Tukwibutse ko Date ari Janvier 14 /01/2014 amasaha kizotangurirako ni 03h00' Z'ijoro