BRITON PENIEL UMURIRIMVYI W'UMURUNDI ABA MURWANDA
UMURIRIMVYI BRIRTON PENIEL AKABA ARI UMURUNDI ASAZWE ABA MUGIHUGU C'U RWANDA AHO ASAZWE AKORERAYO AKAZI KO KURIRIMBA INDIRIMBO ZA GOSPEL.
TWOBAMENYESHA Y'UKO BRITON PENIEL ARIWE YAKORANYE INDIRIMBO
{ I WILL DANCE FOR YOU LORD} N'UMURIRIMVYI JIJI SEVEN , IGIHE YARI YAGIYE MUKARUHUKO MURICO GIHUGU C' RWANDA.
Umuririmvyi BRITON PENIEL icatumye akorana indirimbo n'incuti yiwe y'umurundi nkawe ariwe JIJI SEVEN , n'uko igihe JIJI SEVEN yari mugihugu c' RWANDA hama umuririmvyi BRITON PENIEL aca yumva y'uko hari umuririmvyi w'umurundi yaje murico gihugu ariwe JIJI SEVEN akama avuga y'uko amukunda cane gose niho BRITON PENIEL yaciye abona JIJI SEVEN aca amusaba y'uko bakorana indirimbo hama JIJI SEVEN ntiyashidikanye ngo yanke gukorana indirimbo na BRITON PENIEL.
Aho hari kw'igenekerezo rya Kw’igenekerezo rya 03 Ntwarante, kuva mu gitondo, Jiji Seven yari kumwe na Peniel bari mu nzu y’umuhinyanyuzi Johnson. Umunsi waheze bajeje gukora ururirimbo " I will dance for you Lord". Bwakeye amajwi yarwo yahejeje gutunganywa. Ubu rero ururirimbo ruriko ruravuzwa.
RWUMVIRIZE HANO :
=================
)
TUKABA TUGIYE KUZOBAGEZAHO INDIRIMBO Z'UMURIRIMVYI BRITON PENIEL W'UMURUNDI ASAZWE ABA MU RWANDA.