UMURIRIMVYI NESTER B ASABA ABAMENYESHAKAMAKURU
UMURIRIMVYI NESTER B ARASABA ABAMENYESHAMAKURU MU BURUNDI BASAZWE BAKORA AKAZI KO KUVUZA INDIRIMBO Z'ABARIRIMVYI ( KAZI ) KOBOMUFASHA KUVUZA INDIRIMBO ZIWE NAWE AGASHOBORA GUTERA IMBERE MUKAZI KIWE K'UMUZIKI.
NESTER B asazwe aririmba umudiho wa Regge mundirimbo ziwe zose aririmba akaba ari indirimbo zihanura kandi zifise amajambo meza cane gose. Gushika ubu akaba amaze gukora indirimo zitandatu zose zikaba ziri kumugaragaro kandi akaba afise CD igize indirimbo ziwe zose uko ari zitandatu.
AMAZINA AGIZE INDIRIMBO Z'UMURIRIMVYI NESTER B
=======================================================
1. Wakoze Iki? 2. Barahinduka 3. Shimwa Mana 4. Ihangane 5. Ibaho
6. Hambere.
MU MENYESHAMAKURU USHAKA GUFASHA UMURIRIMVYI NESTER B MUKUMUVUGIRIZA INDIRIMBO ZIWE KW'IRADIYO YANYU URASHOBORA KUMURONDERA KURI COUNTY YIWE YA facebook IZINA ni : https://www.facebook.com/jeannestor.niringiyimana. Jean-Nestor Nester B. Niringiyimana AHO UZOCA MURONKA BITAKUGAOYE.
URAKOZE EWE MUMENYESHAMAKURU UZOBA UFISE AGATIMA KO GUFASHA UMURIRIMVYI NESTER B BICIYE MUKUMUVUGIRIZA INDIRIMBO ZIWE KW'IRADIYO ZANYU.