C-JAY A.K. BASTOLLA AKORERA UMUZIKI i SOUTH AFRICA
C-JAY a.k. BASTOLLA akaba ari umuririmvyi w'umurundi aba muri SOUTH AFRICA akaba ariho akorera umuziki wiwe waminsi yose aramenyesha abakunzi b'umuziki mu BURUNDI ko muminsi iza agiye gushira isanamu nshasha y'umuziki yise ( MAMY )
IKINYAMAKURU CACU KITAGIRA IMBIBE CARASHOBOYE KUGANIRA N'UMURIRIMVYI
C-JAY YARASHOBOYE KUKIGANIRIRA UKO ARIKO ARATEGURA IZINDI NDIRIMBO ZIWE.
=====
--------------------------------------------------------------------------------------------------------------
C-JAY yagize ati : "" Hallo guys...! Nitwa Niyonkuru Jean Claude nkaba nvuka muntara ya bururi commune rumonge! Nkabamba muri south africa nkaba ndumuririmvyi ! Ndirimba styl ya hip hop. ""
YARABANDANIJE AGANIRA na FRANCK.PRO UMUKURU W'IKINYAMAKURU KITAGIRA IMBIWE
=======================================================================
C-JAY : ""Natanguye kuririmba 2010 I mean kwinjira muri studio , but indirimbo nshasha fita
====== niyiitwa
( nothing for mahala ) nkaba nayikoranye n'abaririnvyi harimwo uwitwa ( mr bower ) na
( M-C ) ikaba ari style ya ,hiphop, iyo tothing for mahala ikaba isigurako atavyagusa bibaho, n'indirimbo y'ubizima nyene, nizindi zurukundo.
TWOBAMENYESHA Y'UKO C-JAY ARIRIMBA UMUDIHO WA HIP POP NKUKO WAVYIVUGIYE ,TUKAZOBANDANYA TUBABWIRA AMAKURU Y'UMURIRIMVYI C-JAY N'UKO ISANAMU YIWE NSHASHA AGIYE KUZOSHIRA KUMUGARAGARO MU MINSI IRI IMBERE.