HOW MUCH I LOVE YOU by KOOK-K ft CHANY QUEEN IRAJE
MUNYUMA YAHO UMURIRIMVYI KOOK-K AMAZE IGIHE KITARI GITO ATARI KUMWE N'UMUKUNZI WIWE THITY LOVE BIVUGWA Y'UKO BOBA BARATANDUKANYE MUVY'URUKUNDO UBUHO KOOK-K ARI KUMWE N'UMURIRIMVYIKAZI CHANY QUEEN BIMIRIJE GUSHIRA UMUZIKI MUSHASHA KUMUGARAGARO BISE { HOW MUCH I LOVE YOU} .
TWARASHOBOYE KUGANIRA N'UMURIRIMVYI KOOK-K TUMUBAZA AHO UMUZIKI MUSHASHA AGIYE KUZOSHIRA KUMUGARAGARO HAMWE NA CHANY QUEEN aho bayigejeje yatubwiye y'uko ubu bamaze guheza gukora urwo ruririmbo HOW MUCH I LOVE akavuga y'uko izosohoka inyuma y'indwi zibiri.
FRANCK.PRO YARASHOBOYE KUGANIRA N'UMURIRIMVYI KOOK-K AMUBAZA IBIJANYE
===========
MUSHASHA AGIYEGUSOHORA ARI KUMWE N'UMURIRIMVYIKAZI CHANY QUEEN.
FRANCK.PRO
==========
Woshobora kubwira incamake yiyo ndirimbo yanyu mwise HOW MUCH I YOU ?
KOOK-K
=======
Indirimbo ivuga urukundo je na chany queen dukundana mu mpisho abasanzwe ari abakunzi bacu thity love na R flow batabizi
ntugaca tuvuga rero mu ndirimbo ko ubu dushaka kurugaragaza bose barumenye
FRANCK.PRO
===========
Ati rero wewe na CHANY QUEEN mwari musazwe muri murukundo ariko abakunzi banyu THITY LOVE na R. FLOW navyo baziko muri murukundo !
KOOK-K
=======
ego mugabo vyo mundirimbo gusa
FRANCK.PRO
===========
Kumenga iyo ndirimbo yanyu uzoba ari True story! Burya wewe na Chany Queen ni muri MURUKUNDO ? Ndabona ari danger KOOK-K !
KOOK-K
=======
hahahahahaha wapi kabisa wangu
uranyishe sana ubibony gute ?
FRANCK.PRO
===========
kUKO IYO NDIRIMBO IZOBA IRIMWO AMAJAMBO AKOMEYE CANE GOOSE UFISE INGUMVU NYINSHI CANEE !
KOOK-K
=======
wapi arasanzwe cane.
AHO NIHO IKANIRO CAHEREYE HAGATI YA KOOK-K na FRANCK.PRO aho KOOK-K yariko arasobanura umuziki mushasha bagiye kuzoshira kumugaragaro hamwe na CHANY QUEEN.
HOW MUCH I LOVE YOU by KOOK -K ft CHANY QUEEN. UKAZOJA KUMUGARAGARO INYUMA Y'INDWI ZIBIRI ZIHEZE.
INO NIYO NDIRIMBO KOOK -K AHERUKA GUSHIRA KUMUGARAGARO ARIRIMBIRA UWAHOZE ARI UMUKUNZI WIWE THITY LOVE aho avuga ngo IT'S OVER NOW !