Friday, 2025-01-10, 12:05 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
My photos [240]
This section contains my personal photos.
My family [5]
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 NEWS BURUNDI ARTISTS 
Main » Photo album » My photos » CHANY QUEEN ABESHUZA "" INDUNDI.COM "&qu...

CHANY QUEEN ABESHUZA "" INDUNDI.COM "&qu...

CHANY QUEEN AHERUKA GUHINYUZA INDUNDI.COM KUNKURU IHERUKA GUTANGA IVUGA KO UMURIRIMVYIKAZI CHANY QUEEN KO AHAKANA AKARENGWA KO ATIGEZE KURIRIMBA MUNDIRIMBO Y'UMURIRIMVYI BIG FIZZO BURUNDIANO YISE : What's my name "

CHANY QUEEN yabeshuje INDUNDI.COM agira ngo :"" mbega basha abantu je barantaganza ngo nsinari kuririmba ? iyo nkuru siyo kubera jew nka chany queen Fizzo numuntu nemera caane kandi kubona twararirimbanye nagateka yampay rero ivyo bariko baravuga jew ntavyo nigez nvuga. ivyo bavyita ibigeragezo

IYI NIYO NKURU UMURIRIMVYIKAZI CHANY QUEEN AHERUKA KUBESHUZA YANDITSWE KURI INDUNDI.COM

Arahakana akarengwa ko atari kuyiririmbamwo iyo yumva ko amajambo arayo.

2014-03-03 03:02:55 | Posted by: KING YANN COOL |

Mu nyuma y’imisi itari mike abantu batari bake bibaza ukuntu umwigeme CHANY QUEEN yashoboye kuja kuririmba mu ndirimbo whats my name bikabasiga noneho yahevye aravuga uko ibintu wewe abibona.

chaella copie

Mu ndirimbo what’s my name abantu benshi baguma bibaza icatumye iririmbwa kikabura, harumvikanamwo amajwi y’umwieme CHANY QUEEN aho aririmba icitabirizo akaririmbamwo izina rya nyene iyo ndiirlbo nawe s’uyundi ni FIZZO yahawe akandi kazina muri ino misi n,go ni Gikundiro. Mu kiganiro uwo muririmvyikazi yahaye Indundi Magazine aho twamubaza uko vyagenze ngo atabgure kuririmba indirimbo z’ama Beef yatumenyesheje ko ivyo atarivyo kuko atawe afititanye Beef nawe kandi ataniyo ariko yimiriza gukorana n’umuririmvyi kanaka. Twarahejeje turatomora ikibazo aho twamubaza uko vyagenze ngo akorane indirimbo What’s my name n’umuririmvyi Gikundiro, ijambo yatwishuye yatumenyesheje ko atamenye ko iyo ndirimbo ari iyigira iririmbwemwo ivyo yumvise, we ngo yahamagawe asabwa kuririmba izina Fizzo hama ace yigira, niko kwumva ko yasohotse amajambo nkarya. Mwomenya ko yaririmvye imbere yuko Fizzo ashiramwo amajzi nkuko avyivugira, Twamubajije nimba iyo amubwira ivyo agira aririmbemwo yari kuririmba, akaba yishuye mw’ijambo rimwe ati OYA.

Twobibutsa ko uwo muririmvyikazi afise uturirimbo tutari duke amaze kwikorana wenyene atarikumwe n’abandi, aho twovuga nk’akaririmbo Vyandenze kanateye umudugararo mu bakunzi biwe kuko banshi bavuga bati ako karirimbo yakaririmvye mu nyuma yo gukunda uwndi muhungu hampande ya R-flow, tubibutse ko umunyamakuru Amidou yigeze kwandika avuga ku bijanye n’uwo mwigeme ko afise uwundi mukunzi atari R-flow, akaba afise niyindi yitwa Nipe penzi nayo nyene yayikoze wenyene. Muri ico kiganiro uwo muririmvyikazi yatumenyesheje kandi ko muri kino gihe nk’umugwi bafise indirimbo zitari nke bariko barakora hamwe n’amasanamu yazo.

UMVIRIZA NAWE UMUZIKI " WHAT'S MY NAME by BIG FIZZO ft CHANY QUEEN

In real size 480x640 / 62.1Kb
1304 0 0.0

Added 2014-03-07 dutezeimbereumuziki

Total comments: 0
Name *:
Email *:
Code *:
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2025Website builderuCoz