IGITERAMO C'INDIRIMBO Z'ABIGEME MU BURUNDI
ISHIRAHAMWE RY'UMUNSI MUZAMAKUNGU WAHARIWE UMWIGEME KW'ISI YOSE RYABATEGURIYE IGITERAMO KIZOBA KW'IGENEKEREZO RYA 8 NTWARANTE 2014 RYATEGUYE IGITERAMO C'AKATARAMONEKA MU BURUNDI.
Umunsi mukuru muzamakungu wahariwe umwigeme kw'isi mu burundi ryarateguye igiteramo c'akataraboneka kikazoba kur'uwu wa gatandatu igenekerezo rya 8 NTWARANTE 2014 kikazobera muri HOTEL DU LACK TANGANYIKA.
(NKUKO UBIBONA NGAHO KURIYO SHUSHU IRI NGAHO MUSI)
Kikazotangura igihe c'isaha cumi na zibiri n'inusu z'umugaroba ( 18 h 30' ).
M'ubwinjiriro hazoba ari amafaranga ibihumbi mirongo ibiri vy'amarundi( 20.000 Fbu )
Ico giteramo kikazoba kigizwe n'abaririmvyikazi bongaha mu BURUNDI aho mu zoteramishwa na :" NATASHA # SAMANTHA # LINA # EMERANCE # MAKARENA. abobose tubabwiye bakazoba aribo bazobateremisha kur'uwo munsi muzamakungu wahariwe umwigeme kw'isi. Aho babateguriye indirimbo zitandukanye nkuko musanzwe mubamenyereye mu gukwirikirana indirimbo zabo haba kumaradiyo , imboneshakure , imbuga zitandukanye eka tutibagiye no kuri YOU TUBE. MUKUNZI W'UMUZIKI MU BURUNDI UTAZOKWISHIKIRA MURICO GITERAMO KIDASANZWE NTUZOVUGE KO ATAVYO WAMYENYE ITEGURE HAKIRI KARE MUKUZONEZERWA HAMWE N'ABARIRIMVYIKAZI BACU MU BURUNDI.
TWOKUMENYESHA KO UTOSIBA ICO GITERAMO KIZOBA KUR'UWU WA GATANDATU IGENEKEREZO RYA 8 NTWARE TWOGUSABA UZOZE KWIMFATANYA NABO BARIRIMVYI MU GUHIMBAZA UWO MUNSI UDASANZWE W'UMWIGEME KW'ISI YOSE. Si mu Burundi honyene bazohimba uwo munsi ni kw'isi yose.
Kaze kandi mukwimfatanya n'abashikibacu mu giteramo ncahariwe umwigeme kw'isi yose kuko bavuga ngo inkuru y'imbarirano isubmbwa niyo wiboneye.