NYANZOBE CONCERT i GITEGA HAMWE NA SAT B
BAKUNZI B'UMUZIKI MUSANZWE MUBA MUNTARA YA GITEGA Umuririmvyi SAT B azoba arikumwe namwe kur'uwu wagatandatu igenekerezo rya 8 NTWARANTE 2014 hamwe ntokuw'IMANA kw'igenekerezo rya 9 NTWARANTE mugiteramo yabateguriye yitiriye imwe mu ndirimbo ziwe agiye gukora isanamu yise NYANZOBE , kikazotangura igihe c'isaha icenda z'umugoroba ( 15 h 00'. )
IGITERAMO akaba yancise NYANZOBE CONCERT kikazobera kuri CENTRE JEUNES. Murico giteramo amafaranga bazorihisha mukwinjira ni amafaranga igihugumbi kimwe gusa kitarengako ( 1000 Fbu ) Murumva ko igiciro azoba arigito cane gose.
MUKUNZI W'UMUZIKI wo muntara ya MUYINGA ntuzocikwe ico giteramo kidasanzwe muzoba muteramishijwe n'umuririmvyi SAT.
Nkuko wabisomye mukwinjira mugiteramo NYANZOBE CONCERT azoba ari IGIHUMBI KIMWE GUSA C'AMAFARANGA Y'AMARUNDI.
Twobamenyesha ko NYANZOBE CONCERT ncatumiwemwo abairimvyi bose basanzwe baba mu ntara ya GITEGA tutibagiye n'umuririmvyi SAT B azoza kubateramisha mugiteramwo yise NYANZOBE CONCERT.