CHRIS DIZZO YAGARAGAJE UKURI MU MUZIKI AKORA!
Haraheze igihe kinini cane gose umuririmvyi rurangiranwa mu muziki w'uburundi bwacu CHRIS DIZZO adatanga bishasha mu muziki akora. Hari itariki 07/08/2014 yashize ibanga rikomeye abantu benshi batari bazi basanzwe bakunda umuzikw'uburundi bwacu.
Munyuma yaho abakunzi b'umuziki w'uburundi bateye akamo umuririmvyi CHRIS DIZZO yamamaye mu muziki w'uburundi kugeza n'ubu aho imizki yiwe yakunzwe nabatari bake nka
incugu yuburundi CHRIS ,Ubuzima By CHRIS DIZZO ,Papa By CHRIS DIZZO , hafsa By CHRIS DIZZO ,Nimedata Chris D ft Channy Queen aravuga ko yagarutse aho akazi kamufatiriye cane mukurondera ubuzima.
CHRIS DIZZO yabwiye aba fans biwe bose ko yahora kurondera ubuzima ngo mu mwaka 2013 uheze mugihugu asanzwe abamwo ari co AFIRIKA Y'UBUSERUKO ( AFRICA DU SUD ) ati ikintu ca hora kigurwa 10$ uno mwaka 2014 ati ngo kigurwa 50$ yo birateye agahinda nicogituma ntegerezwa gukora akazi karuhisha ndabe ko noronka ico ngaburira uburyango wanje kandi nkora kazi minsi yose. ntoco catumye aba fans banje b'umuziki batanyumva kuko nari nibereye mugacerere umwanya muremure. Kukgira nshoboye kwicara niyumvira uko notegura indirimbo zanje nshasha zizoza zikoranye amavidewo agenzweho mubuhinga bwa clasico, kandi ziriho vuba mugiye kuzozibona.
Twobabwira ko ivyo CHRIS DIZZO akaba yabishikirije kurubuga rwiwe asanzwe ashikirizako aba fans biwe b'umuziki akavuga yuko afise akazi kenshi asazwe ariko arakora kandi gatuma abanza guhagarika umuziki mukurondera amafaranga kugira bashe kwubandanya yongera amfasha umuryango wiwe aho ubu mugihu ca AFIRIKA Y'UBUSERUKO ibintu bisigaye vyaraduze cane gose ibicio aho ngo ikintu cagurwa 10$ gisigaye kigurwa 50$ . Aarababwira ab fans biwe ko mu minsi iza mugihe kuzobona amavidewo yiwe mashasha mashasha akozwe mubuhinga budasanzwe bitarenze uno mwaka 2014.
Kurikirana amavidewo yiwe yagiye arakora akomeje gukundwa cane gose, ikinyamakuru cacu DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI kigituye imwe murizo videwo iyitwa Incugu y'uburundi.