TWOTERA IMBERE BY SPOK'S ft MERVEILLE MUKUWUMVA
Umuririmvyi SPOK'S nyuma yaho asohoye ividewo nshasha NZOB'IKI? ikomeje gukundwa n'abakunzi benshi b'amasanamu y'uburundi bwacu. Ubu aragarutse kandi atavyosha n'umuziki mu nshasha witwa TWOTERA IMBERE ariko arawukorana n'umuririmvyikazi MERVEILLE bariko barawukorera munzu w'ubuhinyanyuzi INDONYI RECORDS igahinyanyura umuhinyazi akomeje gukora neza mu muziki w'uburundi MATERLAND PRO
Aba fans b'umuririmvyi SPOK'S twobamenyesha ko uno muziki mu nshasha TWOTERA IMBERE agiye gushira ahabona mukawumva azoba ari ku munsi w'Imana itariki 10/08/2014 uzoba usamirana bimwe bidasanzwe hirya nohino.
Amakuru dukesha iyo nzu y'ubuhinyanyuzi INDONYI RECORDS imenyesha ko umuziki TWESE TWOTERA IMBERE wa SPOK'S afadikanije n'umuririmvyikazi MERVEILLE bazowuhe neza na neza itariki10/08/2014 akuzoba uvuye igihe kumugaragaro atacamira , nkuko twabibabwiye MASTERLAND niwe ariko arayishiramwo utujegezatudasanzwe tuzoza turyohera kira muntu wese akunda umuziki w'uburundi bwacu.
Mukurindira ko umuziki mu nshasha TWESE TWOTERA IMBERE wa SPOK'S & MERVEILLE bamurara isanamu nshasha NZOB'IKI? ya SPOK'S imaze iminsi ibiri igiye ahabona ikongera igakundwa cane kuburya butangaje kuko yayikoranye ubuhinga udasanzwe mukwerekana ubwiza uburundi bufise..